IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > 18 Mukakaro

18 Mukakaro

mardi 18 Mukakaro 2017

Igenekerezo rya 18 Mukakaro.

Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri

64: Haba umuririro udasanzwe mu gisagara ca Rome.

1323: Thomas d’Aquin ashirwa mu murwi w’aberanda.

1830: Uruguay kironka ibwirizwa nshingiro rya mbere.

1962: Intwazangabo Ricardo Pérez Godoy itembagaza ubutegetsi bwa Pérou.

2002: Avul Pakir Jainulabdeen Abdul Kalam atorwa kuba umukuru w’igihugu c’Ubuhindi.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1853: Henrdik Antoon Lorentz, umushakashatsi muri Physique wo muri Holland. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel ka Physique mu 1902.

1895: Machine Gun Kelly, umwicanyi w’umunyamerika.

1898: John Stuart, umukinyi w’amareresi w’umwongereza.

1900: Nathalie Sarraute, umwanditsi w’umufaransa.

1909: Andreï Groomyko, uwabaye umukuru w’igihugu c’Uburusiya.

1909: Mohammed Daoud Khan, uwabaye umukuru w’igihugu wa mbere wa Afghanistani.

1918: Nelson Mandela, umukuru w’igihugu wa mbere w’umwirabure wa Afrika y’Epfo.

1930: Emmanuel Bob Akitani, umunyapolitike wo muri Togo.

1947: Steve Forbes, uwutwara uruganda rw’amakuru mukinyamakuru c’ubutunzi Forbes. Ni nawe Muyobozi w’inzu isohora ibitabo “Forbes Inc”.

1982: Priyanka Chopra, umukinyi w’amareresi akomoka mu Buhindi. Yabaye Miss Monde 2000.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1872: Benito Juárez, umukuru w’igihugu ca Mexique.

1892: Thomas Cook, umwongereza yikorera utwiwe yatunganije ingendo nyishi zo kurondera uturere dushasha.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu Nelson Mandela. Umunsi washizweho n’inama nkuru ya ONU kuva kw’igenekerezo ry’1 Kigarama 2009.


Luc Noel Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.