IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > 26 Ndamukiza

26 Ndamukiza

lundi 25 Ndamukiza 2016

Igenekerezo 26 Ndamukiza .

Ibikurubikuru vyaranze iyi tariki

1964 : Ivuka rya Tanzaniya.

1986 : Isanganya ry’i Tchemobyl.

1992 : Alpha Oumar Konaré aba umukuru w’igihugu ca Mali.

Abazwi cane bavutse nkiri genekerezo

570 : Mahomet, uwatanguje idini rya Islam.

1319 : Jean II, umwami w’Ubufaransa.

1564 : William Shakespeare, umwanditsi w’umwongereza.

JPEG - 98.1 ko

1575 : Marie de Médicis, umwamikazi w’Ubufaransa.

1798 : Eugène Delacroix, umuhinga mu gucapa.

1963 : Jet Li, umukinyi w’amareresi w’umushinwa.

JPEG - 27.4 ko

Abazwi cane bitavyimana nko kuriri genekerezo

1865: John Wilkes Booth, umukinyi w’ivyese, akaba ariwe yagandaguye
Abraham Lincorn.

Ibihimbazwa

. Umunsi mukuru mpuzamakungu wahariwe ugukingira ibikorwa ry’ubwenge.

. Leta Zunzubumwe z’Amerika muri Floride, Géorgie na Texas: Umunsi
wokwibuka ukuja hamwe

kwayo ma Leta. Hakibukwa kandi n’abaguye mu ngwano yo guharanira
ukwikukirakwa Leta
Zunzubumwe z’’Amerika.

. Guatemala, Nicaragua: Umunsi wahariwe aba secrétaire.

. Tanzanie : Umunsi mukuru wo kuja hamwe kwico gihugu.

. Russie, Tatarstan : Umunsi wahariwe ururirmi rwigi « tatare ».
Hibukwa kandi ivuka ry’umwanditsi
Gabdulla Tugay.


Ingabire Luc-Noel

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.