IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Abacamanza bagirizwa kurya ibiturire bagiye guhabwa ibihano

Abacamanza bagirizwa kurya ibiturire bagiye guhabwa ibihano

vendredi 19 Rusama 2017

Mu kiganiro ubushikiranganji bw’ubutungane bwahaye abamenyeshamakuru kuri uno wa kane igenekerez rya 18 Rusama ,umwaka wa 2017, bumenyesha ko abacamanza 20 aribo bazohanwa kubera ivyo bakoze.

Muri ico kiganiro, ubushikiranganji bw’ubutungane bumenyesha ko abo bacamanza babesha abantu bakabaka amahera babemereye ko babaronsa ubuzi, kandi ari ibinyoma.

Abo bazofatirwa ibihano bakora mu nzego zitandukanye z’ubutungane, harimwo abakora muri sentare nkuru, sentare z’intango hamwe n’abanditsi b’imanza.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.