IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > ishirahamwe > Abo mw’idini rya Islam bo mu Burundi basabwa gusengera igihugu

Abo mw’idini rya Islam bo mu Burundi basabwa gusengera igihugu

samedi 27 Rusama 2017

Umuvugizi w’ishirahamwe ry’aba Islam mu Burundi Kassim Jaffar amenyesha ko ukwezi kwa Ramadhan gushitse mu gihe igihugu kiri mu bukene,ari naco gituma aba Islam bose bosabikanya ivyo bafise uko bingana kwose.

Kassim Jaffar avugira umuryango w’aba Islam mu Burundi asaba ko muri iki kiringo c’ukwezi kweranda bogirira imbabazi ababagiriye nabi, kugira babane mu rukundo no mu mahoro.

Umuvugizi w’umuryango w’aba Islam mu Burundi ahamagarira abo muri iryo dini kwitaho ibikorwa bishobora gufasha guteza imbere igihugu c’Uburundi hamwe n’imiryango yabo.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.