IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abarongozi bashasha b’urwego rujejwe kwubahiriza no gucungera itangazamakuru (...)

Abarongozi bashasha b’urwego rujejwe kwubahiriza no gucungera itangazamakuru mu Burundi

lundi 15 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Abagiye kurongora urwego rushasha rujejwe kwubahiriza no gucungera itangazamakuru ni batanu.

Uwatowe kugira arongore urwo rwego ni Honorable Karenga Ramadhan

Icegera ciwe ni Aimé Divine Niyokwizigirwa, umunyabanga w’urwo rwego akaba ari Deodath Ndayishimiye.

Uwatahukanye ikibanza c’ubushinguzi ni Yvette Irambona.
Gabriel Bihumugani yahora ari icegera c’umukuru w’uwo muri murwi yagizwe umuhanuzi wawo muvy’amategeko.

JPEG - 153.6 ko
Batanu batowe

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.