IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abarundi bahamagarirwa kwitaba igikorwa co kwemeza canke guhakana ibwirizwa (...)

Abarundi bahamagarirwa kwitaba igikorwa co kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro

lundi 1er janvier 2018

Mw’ijambo yashikirije mu ntumbero yo guhimbaza umwaka mushasha, umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA amenyesha ko ata murundi yokwirengagiza kugira ico avuze ku mpinyanyuro z’ingingo zimwe zimwe z’Ibwirizwa Shingiro, iyo yemera ko yikukiye kandi ko n’Igihugu ari iciwe.

Umukuru w’igihugu arashimira kandi abamaze gushikana intererano zabo z’amatora ya 2020 aho zagenewe, agasaba abasigaye gukora nkuko abandi bakoze, kuko bigaragaza umutima wo gukunda igihugu.

Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA amenyesha ko guterera amatora ari igikorwa cavuye mu nama n’ingingo, kizotuma abarundi bishingira amateka n’amategeko bibashikana ku migambi n’imigabo ifasha abenegihugu gushikira iteka n’itekane.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.