IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bubanza : Umuhanuzi wa Musitanteri wa komine Rugazi yitavye Imana (...)

Bubanza : Umuhanuzi wa Musitanteri wa komine Rugazi yitavye Imana mw’isanganya ry’imodoka

mardi 5 décembre 2017

Nk’uko ikarata karangamuntu yiwe yavyerekanye, uwo yitavye Imana azwi kw’izina rya Didace SINZINKAYO akaba yari asanzwe ari umuhanuzi wa Musitanteri ajejwe ivy’ubuhinga n’iterambere muri komine Rugazi.

Amakuru ava mu Rugazi amenyesha ko Didace SINZINKAYO yitavye Imana igihe imodoka yarimwo yariko ija mu ntara ya Cibitoke yagira isanganya kw’ibarabara rya Bubanza-Cibitoke, muri komine Buganda, ahazwi kw’izina ryo ku Ruhagarika.

Uwo muhanuzi wa Musitanteri muri komine Rugazi Didace SINZINKAYO yaciye yitaba Imana iryo sanganya rigiheza kuba.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.