IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Bujumbura : Ishirahamwe rikora imipira y’ugukina ryatanguye ibikorwa

Bujumbura : Ishirahamwe rikora imipira y’ugukina ryatanguye ibikorwa

mardi 28 Ruhuhuma 2017, par Egide NDUWIMANA

Ishirahamwe ry’abakristu "Coup d’envoi pour l’espoir" ryatanguye ku mugaragaro kuva kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 28 Ruhuhuma 2017, ibikorwa vy’uguhingura imipira y’ugukina mu nkino zitandukanye izokoreshwa mu Burundi. Iryo shirahamwe rikaba ritanguriye ku mupira y’urukino rw’umupira w’amaguru (Football).

Uwo mugambi "Start Kicking " w’uguhingura imipira y’ugukina watangujwe icese n’umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero NKURUNZIZA, ku cicaro c’iryo shirahamwe i Bujumbura.

Muri iryo shirahamwe bakamenyesha ko umugambi wabo ari ugukomeza amahoro biciye mu nkino.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.