IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bururi : Ikiziga c’umugore ataramenyekana catowe hafi y’uruzi (...)

Bururi : Ikiziga c’umugore ataramenyekana catowe hafi y’uruzi Jiji

dimanche 20 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Ababonye ico kiziga c’uwo mugore bavuga ko vyaboneka ko yari yanizwe imbere y’uko ikiziga ciwe gitabwa aho hantu. Amaboko y’uwo mugore akaba yari abohewe mu mugongo.

Mu giporisi bavuga ko uwo yishwe ataramenyekana, ikiziga ciwe kikaba cabaye kirajanwa mu buruhukiro bw’ibitaro vya Bururi, mu kurindira ko hari abomenya uwo yishwe.


IGIHE

Messages

  • Iyo ari ibiziga bitoraguwe mu nzuzi, muca mwumva ababishe. Kenshi baba baboshe, babanje guhohoterwa. Nta n’imisi ibiri yari iheze hatowe ikindi kiziga i Gitega mu Ruvyironza. Ico gihe abicanyi bari barundanye i Gitega nyene ngo bariko barasenga.

  • wakati nkurunziza akingariki ku pouvoir watu wataenderea kufa tu

  • yamara batubwira ko amahoro mu burundi ari umusesekara, impunzi ngo ni zitahe, none abanyagihugu birirwa baragandagurwa izuba riva bagatabwa mu nzuzi.ewe nkurumbi ivyo biziga bize biguhumire wewe n’umuryango wawe,kandi wame wibuka ko ayo mabi yose akorwa mu burundi ari ku gatwe kawe.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.