IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Ubutungane > CNIDH ivuga ko hari abavuga ko bapfungiwe ivya poritike kandi atari (...)

CNIDH ivuga ko hari abavuga ko bapfungiwe ivya poritike kandi atari vyo

Friday 9 February 2018

Mu kiganiro ku bamenyeshamakuru caremeshejwe kur’uyu wa gatanu Igenekerezo rya 9 Ruhuhuma 2018, Jean Baptiste BARIBONEKEZA arongoye CNIDH yavuze ko hari abapfungwa bakora amakosa, bamaze gufatwa bagaca bikika inyuma y’imigambwe ngo bahowe ivya poritike.

Jean Baptiste ati: «Twaheruka kugira isekeza ryo kugendera amabohero atandukanye. Ntanze nk’akarorero, mu ntara ya Kirundo, aho hari abanyororo 6 bavuga ko bazizwa kuba abanywanyi ba Agathon RWASA, ariko bakaba bagirizwa ubundi bubisha

Jean Baptiste BARIBONEKEZA akaba atera ivyatsi uwo wese yokwikika mu kiza mu gukora amabi yihetse inyuma y’imigambwe


BUKURU Pacifique

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.