IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > ishirahamwe > Christophe BAZIVAMO yagizwe icegera ca Liberat Mpfumukeko

Christophe BAZIVAMO yagizwe icegera ca Liberat Mpfumukeko

vendredi 9 Nyakanga 2016, par Egide NDUWIMANA

Christophe BAZIVAMO yarahiriye kuba icegera c’umunyamabanga mukuru w’umuryango wa Afrika y’ubuseruko, akaba agiye gufashanya mu bikorwa na Liberat Mpfumukeko asanzwe ariwe munyamabanga mukuru w’uwo muryango.

Christophe BAZIVAMO yatanguye ayo mabanga kuri uwu wa kane, akaba yashizweho mu nama igira iya 17 y’abakuru b’ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko yabereye i Dar es Salaam muri Tanzania.

Kuva mu mwaka w’2002, Christophe BAZIVAMO yari ayoboye ubushikiranganji butandukanye mu Rwanda, nk’ubw;intwaro yo hagati mu gihugu, ubutare n’agataka, ibidukikije, amashyamba, amazi, ubw’umutekano hamwe n’ubushikiranganji bw’uburimyi n’ubworozi. Imbere y’uko ashingwa ayo mabanga mashasha, yari umushingamateka aserukira Urwanda mu nama nshingamateka ya Afrika y’ubuseruko.

Christophe BAZIVAMO yize muri Kaminuza y’Urwanda mu bijanye n’uburimyi, inyuma y’aho akaba yabandanirije amashure yiwe mu Budagi, muri Kaminuza ya Göttingen aho yakuye impamyabushobozi ya "Masters" mu bijanye n’uburimyi nyene.


IGIHE

Messages

  • Basi karavuze!uyomunyanrwanda nincabwenge kurusha mpfumukeko,rero ntajambo azobagifise mbere nuburundi ntakibanza buzogira muruwomuryango.mpanure perezida herode wuburundi kunyogoroka akagiricavuze kuko EAC izosigarigira kuvyiyumviro bibi vya nyakugwamumanga prezida farao wurwanda.

  • Nubwo Abarundi twahenzwe ngo twiyamirize u Rwanda,asha ntaho tuzobakwepera,iki gihugu ni nka Israel

  • Basha mureke tubane neza n ’Urwanda. Kirya gihugu kiriyubashe kabisa! N uwanka urukwavu.....

  • Erega Abarundi Muri Abaswa Cyane Nuko Mutabimenya Ngo Mubane Na Banyarwanda Neza

  • @Erios, ndi umunyarwanda nanjye ariko sinemeranya nawe Kwita abarundi abaswa uko kwitwa kubura ikinyabupfura. Abarundi si abaswa Na gatoya ariko barimo guca mubihe bikomeye nkibyo twaciyemo kandi utayobewe. Kubaha Ni indangagaciro tugomba guhorana pls respect others.

  • courage Christopher bazivamwo erekana itandukaniro muri EAC kuko watojwe numutoza mwiza my HE PAUL KAGAME
    amagambo make ibikogwa byinshi.

  • @Eros, kuvuga nabi bibi!!!! Indangagaciro zacu: ikinyabupfura! Bari mu bibazo nkibyo tuvuyemo. Bibaho! Ariko si abaswa pls. Ntabwo gutukana aribyo bitanga icyubahiro. Abarundi n abanyarwanda turi umwe. Umunsi ibi byose bizashira tuzabiseka! Vive le Burundi, vive le Rwanda

  • Ariko wa murundi we udutukira president
    Uba wunva mumutwe wawe ukomeye
    Ibazeumuntu atutse nyakubahwa nkurunziza wanyu
    Wakunva wishimye koko ?
    Ngusabye imbabazi ntuzongere kuntukira president
    Kuko ndababaye cyane

  • HE Kagame yatanze message ku mbonerakure n’abashebuja bazo bahiga kuzamumesa,mugerageza mutere u Rwanda ubundi mutubone,tuwapige na tuwacome,dore ko mumeze nki ngunguru zirimwo ubusa

  • @Nyamitwe,jewe ndi u Murundi,muga ushatse worekeraho gurtyoza Nyakubahwa Kagame,raba umucafu dufise muri Politique,Economie,Sécurité,u Rwanda rwaradusize,wewe na benewanyu baba DD mumeze nk’ingunguru irimwo ubusa

  • @Fnl,ntituziranye ariko ni ubwambere mbonye u Murundi utekereza ibintu bizima,jya wigisha Abarundi surtout aba DD,kumagambo twababwira iki, akambutse turasa dushwanyaguza,mwarabibonye ejo bundi

  • Ndugu zangu jamani!inasikitisha sana kumuona mtu mzima akitukana hathalani!! Unaweza ukawaza umli wake ki siasa !!!,Hamna hata haibu kweli?huku Rwanda tunajuvunia Muheshimiwa Kagame kwani ni ni zawadi ya wanyarwanda kutoka kwa mwanyezi Mungu. So si tunajua mahali tulitoka,na mahali tupo leo na isitishe tunajuwa ambapo tunaelekeza. Jamani muache uzushi.mbaya kwetu ni yule atakae bomoa tuliyo jenga kwani huyo lipo lake la mtemakuni.

  • Ndugu zangu jamani!inasikitisha sana kumuona mtu mzima akitukana hathalani!! Unaweza ukawaza umli wake ki siasa !!!,Hamna hata haibu kweli?huku Rwanda tunajuvunia Muheshimiwa Kagame kwani ni ni zawadi ya wanyarwanda kutoka kwa mwanyezi Mungu. So si tunajua mahali tulitoka,na mahali tupo leo na isitishe tunajuwa ambapo tunaelekeza. Jamani muache uzushi.mbaya kwetu ni yule atakae bomoa tuliyo jenga kwani huyo lipo lake la mtemakuni.

  • Sha bavandi mushatse twakwikundanira kuko ibi byose bizashira .

  • Abagome batwise abaswa kuvakera ariko nibo arabaswa intimenya niyo ntinegura nibagume iwabo muRwabagome baribagiye Tanzania kuva 1997gushika uyumusiibirukana ntimwira Bagome ngo Tza irakunda mwatwiteranijeko tuzoraba amaherero yanyu Mwabagomemwe Tz niyo ibashoboye ariko natwe Barundi tuzobikurako Tanz irabafuse Mugutuka umukuruwigihugucabo KIKWETE ntimuryame musinzire

  • Abagome batwise abaswa kuvakera ariko nibo arabaswa intimenya niyo ntinegura nibagume iwabo muRwabagome baribagiye Tanzania kuva 1997gushika uyumusiibirukana ntimwira Bagome ngo Tza irakunda mwatwiteranijeko tuzoraba amaherero yanyu Mwabagomemwe Tz niyo ibashoboye ariko natwe Barundi tuzobikurako Tanz irabafuse Mugutuka umukuruwigihugucabo KIKWETE ntimuryame musinzire

  • @ngusha umujinya wimbwa uherera mumurizo , niwumva ingufu zikuriye uzoze tuzakwereka ibyo tweretse benewanyu bashatse kwinjira nabi murwimisozi 1000
    tuvuga make cyane ariko ibikorwa nibyinshi niworaba muzovuge ntakibazo ariko kwegera umupaka subutu ukabone .

  • @Ngusha!waranaguye koko,uragereranya Intare n’isazi?u Rwanda n’u Burundi nta mahuriro wangu, muvuga tubarasa, tutawacoma na tuwapige,wewe DD vuka boarder tukupige

  • Uburundi ko mutishyura imisoro ya EAC, murumva tuzategereza kugeza ryari

  • Urihenda Uburundi Ntabwenge Mufise Kuko Urwanda Rwabafurara Mwihenze

  • Komera uzokore ibikorinka.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.