IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Umuntu umwe yitavye Imana, 5 barakomereka mu gitero ca (...)

Cibitoke : Umuntu umwe yitavye Imana, 5 barakomereka mu gitero ca gerenade

mercredi 13 juin 2018

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no gukinga ibiza, Pierre NKURIKIYE, amenyesha ko ico gitero cabaye nk’igihe c’isaha imwe n’igice z’ijoro ku rugo rwa GATESA Samuel, umwana umwe aca yitaba Imana uwo mwanya nyene.

Pierre NKURIKIYE avugira ubushikiranganji bw’umutekano no gukinga ibiza, avuga ko abantu batanu bakomeretse baciye bajanwa ku bitaro vyo mu Cibitoke aho bariko baravurigwa muri iki gihe.

Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no gukinga ibiza, avuga ko abantu batatu bamaze guhagarikwa ku mvo z’amatohoza.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.