IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Genève : Pascal NYABENDA yagarutse ku kibazo c’abashatse gutembagaza (...)

Genève : Pascal NYABENDA yagarutse ku kibazo c’abashatse gutembagaza ubutegetsi

lundi 26 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Pascal NYABENDA arongoye inama nshingamateka y’Uburundi yasavye ko ivyo bihano vyokurwaho, kuko ku bwiwe, Uburundi buri amahoro n’umutekano.

Muri iyo nama, umushingamateka Pascal NYABENDA yagarutse kandi ku kibazo c’impunzi z’Abarundi zikurikiranwa n’ubutugane, aho yemeza ko amasezerano mpuzamakungu atanga uburenganzira bw’uguhabwa ubuhungiro. Pascal NYABENDA aragaruka akavuga ko ubwo burenganzira burakurwaho, iyo uwahunze afise ivyo yagirizwa mu butungane.

Kubwa Pascal NYABENDA, abashatse gutembagaza ubutegetsi bw’Uburundi ntibari bakwiye guhabwa ubuhungiro.

JPEG - 31.1 ko
Pascal NYABENDA, umukuru w’inama nshingamateka y’Uburundi

Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.