IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gerenade imwe yatewe mu kibanza gishikiramwo imodoka zinini (...)

Gerenade imwe yatewe mu kibanza gishikiramwo imodoka zinini zinini

mercredi 7 février 2018

Pierre NKURIKIYE umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano, amenyesha ko iyo gerenade yatewe nk’igihe c’isaha zibiri n’iminota 20 mw’ijoro ryo kur’uyu wa kabiri igenekerezo rya 6 Ruhuhuma 2018.

Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano avuga ko abantu 20 bose bari muri ico kibanza igihe iyo gerenade yaturika, bagizwe ahanini n’abadandaza umubiri baciye bahagarikwa.

Pierre NKURIKIYE avugira ubushikiranganji bw’umutekano, amenyesha ko uwateye iyo gerenade ataramenyekana, ariko ko amatohoza yatanguye.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.