IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega : Umugore yatowe amanitse ku mugozi mu cumba ciwe

Gitega : Umugore yatowe amanitse ku mugozi mu cumba ciwe

lundi 30 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Ababanyi hamwe n’abajejwe intwaro ku musozi uwo mupfasoni yabako bamenyesha ko yari abanye neza n’ababanyi biwe hamwe n’umugabo wiwe. Mu giporisi bavuga ko amatohoza yatanguye kuri urwo rupfu.

SHURWERYIMANA Diane asigiye umugabo wiwe umwana bavyaranye w’amezi ane.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.