IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega : Uwahora yunguruza abantu n’ipikipiki yatowe yishwe

Gitega : Uwahora yunguruza abantu n’ipikipiki yatowe yishwe

mardi 31 octobre 2017

Amakuru ava mu giporisi c’Uburundi amenyesha ko NIYONKURU Faustin yari yaburiwe irengero kuwa gatatu igenekerezo rya 25 Gitugutu 2017 n’imoto yari asanzwe akoresha y’inimero y’imparati A 5113.

Ayo makuru nyene amenyesha ko NIYONKURU Faustin ashobora kuba yishwe n’abasuma imbere y’uko bamutwara ipikipiki.

Ikiziga ca NIYONKURU Faustin caciye gishingurwa mu kibanza catowemwo kuko cari kimaze kwononekara.

Mwomenya ko ipikipiki yari asanzwe akoresha itarafatwa.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.