IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > ishirahamwe > Haracari imirongo y’abasaba amakarata karangamuntu ku musi wa nyuma (...)

Haracari imirongo y’abasaba amakarata karangamuntu ku musi wa nyuma w’iyandikwa

samedi 17 février 2018

Umukuru w’umurwi wigenga ujejwe gutunganya amatora mu Burundi CENI, Pierre Claver NDAYICARIYE yamenyesheje ko uno musi wa gatandatu ari ntarengwa mu gikorwa co kwandika.

Pierre Claver NDAYICARIYE yamenyesheje ko igitigiri c’abari bamaze kwiyandikisha gushika ku munsi wa kane igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2018 gishimishije.

Uwo arongoye umurwi CENI yavuze ko igikorwa co kwandika gitegerezwa guhagara kur’uyu wa gatandatu igenekerezor ya 17 Ruhuhuma 2018,kandi ko n’abasanzwe babafasha mu vy’uburyo babizi.

Amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa shingiro rishasha ryahinyanyuwe ategekanywa kuzoba mu kwezi kwa Rusama uyu mwaka wa 2018.


BIKORIMANA Vianney

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.