IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Ibiciro vyo kwiyunguruza vyadugijwe

Ibiciro vyo kwiyunguruza vyadugijwe

Thursday 9 August 2018, by vianney

Mw’itangazo ryasohowe n’ubushikiranganji bw’ubudandanji,ubushikiranganji bwo gutwara abantu n’ibintu hamwe n’ubushikiranganji bw’ubutare n’agataka rimenyeshako kubera ibiciro vy’igitoro vyadugije gushika ku bice 5 n’ibice 5 kw’ijana igiciro c’amafaranga yo kwiyunguruza mu gisagara ca Bujumbura ubu ari amafaranga y’amarundi 400.

Iryo tangazo rivuga ko ibiciro vy’abiyunguruza baja hagati mu gihugu vyiyongereyeko ibice bitarenga 5 kw’ijana mu gihe.

Mu bice biherereye ku mpera z’igisagara ca Bujumbura nka CARAMA,KIRIRI,RUZIBA,MARAMVYA,MIRANGO ROND POINT ,KAMESA ,RUBIRIZI hamwe na BUTERERE ivyo biciro vyiyongereye ibice 5 kw’ijana.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.