IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu yatunganije inama n’abakorera mu gisata (...)

Icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu yatunganije inama n’abakorera mu gisata c’ubutare

Tuesday 9 October 2018, by vianney

Bimwe muvyizwe muriyo nama nuko basanze igisata c’ubutare kiriko kiraguka mu gihugu,gusaba ko ibigo OBR,OBM hamwe n’ibanki nkuru y’igihugu BRB vyokarana neza hamwe nuko ibibazo biri murico gisata vyokwirwa kimwe kimwe ukwaco.

Icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu Joseph BUTORE yamenyesheje ko murico gisata ibibazo bihari ariko igikwiye aruko kimwe kimwe cokwicarirwa mu ntumbero yo kubitorera inyishu.


IGIHE

Forum posts

  • Hano bavuze ibyubutre, ni buka ibyo u burundi bwavuze, bwitwarira u Rwanda ko ali rwo rubatwarira ubwo butare, ndetse ni Kawa ikibazo nibajije u Burundi bushaka, ko u Rwanda alirwo, rubarindira imbibi. kikaba, ali ikiraka, baruhaye none bikaba byarabinaniwe! !niba alibyo basese amasezerano niba ataribyo badukureho induru ntituri, abazamu, bubu Rundi

  • Ndakwishure sikubera ico wiyunvira,imbibi zuburundi ziracungerewe kand vyizewe.hubwo nukwihweza ihinyanyugwa risha ryukwimba ubutare.mugihugu canyu muricunga nivyanyu,nitwakenera ubufasha naho ntituzobukenera ku rwanda kuk twaba twibeshe cane

  • Reta nirabe yugurure ubutare kuk abanyagihugu inzara yaturembeje. cank idushakire ubundi buzi twakora, ubukene nukugara akaz twobibamwo gute?

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.