IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umunsi

Ifoto y’umunsi

mardi 4 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Umutama wo mu ntara ya Ngozi, ku mutumba Musumba, komine Gashikanwa yahawe n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, igicurarangisho (Guitare) ya kijambere. Uwo mutama yahora akunda kuba ariko avuza "Guitare", ariko iyo yari afise ikaba ari iyo mu bwoko bwa kera kandi ishaje.


IGIHE

Messages

  • Twashaka tubasabe mukosore aho muvuga ko uwo mutama ari uwo muri Commune Marangara si vyo, kuko ni uwo ku mutumba Musumba, Commune Gashikanwa ari naho Umukuru w’Igihugu yakimuhereye aje ava i Mararangara

  • Ukwo n’ugusesagura itunga ry’igihugu! Imodoka amajana, ibitoro vyazo, frais de mission zabo bajanye niziwe agiye gushikiriza guitar kweli! Ako sakamaramaza mugihugu! Ntiyokirungikiye nyumbakumi akakimushikiriza!!! Naje nari gutuma ndakimugurira iryo tunga ry’igihugu rikareka gusesagurwa!

  • iterambere turigeze kure muri muzika.

  • @Wakera, mumisi yahenze mwavuze ngo mushaka prezida azarafata ingendo ajemubindibhugu, izongendonazo zokuja mbindibihugu zitwara akayabu kitunga ryigihugu, none kwavuye Bujumbura akaja Ngozi ukacuvuga ngoyasesaguye itunga ryigihugu ubona kwaguzohoka wamwifuriza ngwaje mubindi bihugu bitwara akayabo kamahera wuva wabivuga bivuye kurukundo umukunda koko!?

  • Guitar i Ngozi hamwe na Kiosque y’i Gisozi, akabare mu Carama!!! Qui vivra verra!!! Gatinyashengero kweri aratuma ahindura abahanuzi mubiro vyiwe!!!!

  • @Wakera
    Najewe ,dagikeneye ntuzorindire kukinzanira ari uko wumvise umukuru w’igihugu agomba akinzanire.

  • Uyo Mutama Umunezero Ugiye Kumwica Hamwe Na Family Yiwe Nariryarasanzwe Akunda Gucuraranga Guitare? Nabanze Acurangire Umukuru W’igihugu Amuhaye Ako Kaganuke.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.