IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ikiziga c’umuntu atamenyekanye catowe mu Kigobe

Ikiziga c’umuntu atamenyekanye catowe mu Kigobe

mardi 16 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Ico kiziga catowe mu muvo w’amazi, bikaboneka ko uwo muntu yoba yishwe akubiswe, kuko yari afise ibimenyetso ku mutwe vy’aho yakubiswe.

Mu gihe ababonye ico kiziga batashoboye kumenya uwo muntu, mu giporisi bamenyesha ko yoba ari umusuma yakubiswe na bagenzi we bariko bagabura ivyo bivye. Mu giporisi bavuga ko ico kibanza arico bahora bahuriramwo bagabura ivyo bivye, n’imufuko batwaramwo ivyo bivye ikaba yatowe hafi y’ico kiziga, nk’uko mu giporisi bavyemeza.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.