IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Inama ya ONU ijejwe umutekano yakoranye ku kibazo c’Uburundi

Inama ya ONU ijejwe umutekano yakoranye ku kibazo c’Uburundi

mardi 27 Ruhuhuma 2018, par Egide NDUWIMANA

Muri iyo nama yatanguye kuri uwu wa mbere, ibihugu 15 bigize iyo nama y’umutekano ya ONU biriga icegerenyo cashikirijwe na Antonio Guterres Umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, ico cegeranyo kikaba kirimwo n’amakenga ya ONU kw’ihinyanyurwa ry’ibwirizwa shingiro mu Burundi.

Mw’ijambo yafashe mu nama igira iya 37 ya ONU mu bijanye n’agateka ka zina muntu, inama yabaye mu gatondo ko kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 26 Ruhuhuma 2018, i Genève mu gihugu ca Suisse, Zeid Ra’ad Al Hussein, intumwa idasanzwe ya ONU mu bijanye n’agateka ka zina muntu yagereranije n’amacuniro y’abantu (abattoirs d’êtres humains) ibihugu vy’Uburundi, Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo, Yémen hamwe na Siriya.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.