IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Intwazangabo 11 zirukanwe mu giporisi c’Uburundi

Intwazangabo 11 zirukanwe mu giporisi c’Uburundi

mercredi 26 Gitugutu 2016, par Egide NDUWIMANA

Intwazangabo 11 zirukanwe mu giporisi c’Uburundi, kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu. Iryo tegeko ntirivuga ariko impamvu y’iyurukanwa ry’abo baporisi bo ku rwego rw’intwazangabo.

Abo baporisi birukanwe ni :

OPP3 Rugambarara Alberic

OPC1 Niyungeko Léonidas

OPC2 Baregensabe Bede

OPC2 Sostène Gaston

OPP3 Simbare Anicet

OPC2 Manirakiza Marc

OPP2 Nshimirimana Appolinaire

OPP3 Ndayiziga Victor

OPC2 Magambo Aloys

OPP3 Ndayegamiye Joseph

OPP3 Hakizimana Emmanuel


IGIHE

Messages

  • biragoye ntawomenya mwunva bahowe ik?

  • ABATUTSIGUSA MURABENEZA

  • Iryo ni igere RYA nyuma rya Nkurunziza, erega ntakindi ashoboye abapolisi 11 naho bintwazangabo barirukanirwa rimwe nkaho umenga bacumuriye itariki imwe,bakagira amakosa amwe!Incroyable.Aho yotabaye abishwe na kuko goyi arimwo afuta,asigaje nawe nyene kwihagarika no kwifuta.arakwiye gikubitiza agatima mpembero akamanika amaboko kunyungu n’umuryango wiwe kuko wewe yararenze ihaniro.Abafuswe ntibihanga urwego rufuta ninarwo rufutura kandi Nkurunziza si Imana NGO aze yame muri rurya rwego.

  • mbona bamwe mubirukanywe basigaye bibera CANADA

  • Nibiyizire Tubahe Akazi Ko Mutabakeneye.

  • Uyo Albéric amaze imyaka ibiri yibereye mu bubiligi n’umuryango wose,ubu niho bakimwirukana,ntabo birukanye abo bose baragitaye baragihunga kiretse uwo banize bagahamba tutazi irengero ryiwe

  • mbega Abarundi! Bamwe birukanywe, abandi batoroke turiko duharanira vyukuri wamutekano dukeneye ? ndambembone!

  • Hariho uwanditsegaha ngonabatutsi gusa, mbega wewe wabimenyegute kwamazina banditse ngaha bwatashizeko kwarabatutsi!?
    Bisangwa arabatutsi gusa ukabawewe waciye ubimenya kwarabatutsi gusa ushobora kuba haricomwarimwaravuganye nabo maze uraheza uboneraho kumenya abariho.

  • @MAG
    Abatutsi ubabonye he wewe?
    Genda cancer y’ivangura ry’amoko ikugejeje kure turaguhevye!

  • Ahubwo.Niyirukane.Ibiporisivyosi.Nibisuma.

  • WE WIYATABANZUBAZE UNAYARA MAVIMU KICHE UWONIWAMUGAMBI WIFUYIMIJIRA NKURUMBIYARAHIRIRA MUR TOI MANDA

  • JEWE ABARUNDI MURATWENZA KOBASHIMYE AMAKUDETA BAGAHUNGA EGA ABAKENEYE AKAZI NIBESHI MUKABURA KWIRIGWA MUKUBITA IMINWA NGOBAZIZIK INKOZI YIKIBI IVAKUKAZI NONE MUBAZIKI

  • Ewe MAG uracari kure kweri, ubwo bututsi bwanyu mwamiza mu kanwa atari inabi mu bukoresha hari ikindi? Murabuhaya muzoburya! Ubu abatari bake barahinyuye iyo victimisation yanyu. Iyo turufu ntikirya. Umusi rero isi yose yategereye iyo jeu yanyu muzomaramara nimba mutatanguye kumaramara.Muzomara inganda hanyuma mugaca musimbira kw’isunzu ryinzu ngo muri victime gushika ryari? Murahenda abandi.Iyo turufu niwe usigaye wenyene utazi ko itakirya.

  • Uwonumugambi mushasha Nkurunziza yatoyo wokwirukana izo twazangabo, bazobone gushitsa wamugambi ugayitse wokubica batacitwa abaporisi canke abasoda.namwe nivyo mwibonera mugisirikare uburyo birirwa baragandagurwa izuba riva. Igihugu iyo kibuze abatware bijambo nijunja cama mwakajagari nkako, umwe niwe yise umwana ngo birame ntangare,ivya Nkurunziza vyarahovye nkinkono mucokezo.

  • jewe iconovuga aboyafuse yacfuse kuko badakora uko bigomberwa kuko iyumwana yase uramuheba yigaruye ukamuharira rero naho yobirukana bose ntacobibwiye kuko iyowugamitse umuntu ntaca akuganza ananiwe akazi agatangurakwiba acataha iwabo bakamubona kugira ntiba gume biyumvira rwarikukazi ok of

  • jewe iconovuga aboyafuse yacfuse kuko badakora uko bigomberwa kuko iyumwana yase uramuheba yigaruye ukamuharira rero naho yobirukana bose ntacobibwiye kuko iyowugamitse umuntu ntaca akuganza ananiwe akazi agatangurakwiba acataha iwabo bakamubona kugira ntiba gume biyumvira rwarikukazi ok of

  • Abanyafurika mwifitemo ikibazo mugomba kubanza kwikosoraho,urubuga rusomwa n,abantu benshi ibitekerezo bitubaka mubishyirira iki ahagaha?muzajya mutuma imbuga nkizi bazifunga.Tugomba kumenyera impinduka.kdi itera amapfa niyo itanga aho bahahira.Ubuzima bwabo bavandimwe bakuwe ku kazi burakomeje.

  • nkurunziza yakoze nabi aho asambuye igiiugu avanyemwo ingabo

  • Bakoze Amakosa Nimubakosore. Kuko Igihugu Turacagikeneye None Tubareke Bagume Bakora Amakosa Ntitwobemerera Abo Ntinkababandi Batera Kudeta Abo Nibo Basigaye None Kotwabizeye Bakanka Kudukorera Neza Nibiyunvireko Hama Jew Nunva Mwobakatira Uwoguherayo Jew Ndumumyagihugu Mutomut Ico Niciyunviro Canje Murakoze

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.