IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Isakwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba

Isakwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba

vendredi 7 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Abaporisi basatse kuri uwu wa gatanu mw’ibohero rikuru rya Mpimba mu gisagara ca Bujumbura, ahafashwe ibintu bitari bike.

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi amenyesha ko muri iryo sakwa hafashwe terefone ngendanwa 11, amaritiro cumi y’inzoga bita umudiringi, inzoga za Amstel na Primus hamwe n’ibidaji bigaragara vy’ibinyobwa vya Primus na Amstel.


IGIHE

Messages

  • None konzi hacungwa nabajejwe umutekano izo nzoga bazicanahe bararabako atabakingigwa ikibaba kugira zinjizwe bahari bahanwe hisunzwe amategeko

  • Sinarinziko Imbonerakure bazisanza amstel n’ibiyeri mugasho aho ziri gutoteza abo batashoboye kugandagura bacidegemvya!

  • Ntibitangaje.abopolici bohorara basaka musho hano muburayi hagafatwa nkivyo nyene kandi harinzwe na saterite.

  • abanyororo baraguye mumporero kuko ivyo nabapolici baba babizi

  • @Frank Waza wahinyuka kweli, ubwo burayi wama uvuga n’ubwahehe abanyororo bacungwa na satellite!!!! Yamashuri wavuga wigamwo i burayi nimba ari zashuri shingiro za Gatinyashengero! Izo mbonerakure basanza ibiyeri, amstel na Rutuku mumabohero kugire ziborerwe zikorere amabi abapfungiwe ubusa, umusi ubutungane bwigenga bwagarutse zizobona ayimbwa yaboneye kumugezi!

  • Igipolici nigisoda wita aba dd nibobohindukuira bagafatana.kuba sbspfugwa kubuhinga bwanone wewe ntiwobitahura

  • Frank, Ubwo buhinga bwa none uvuga ntotahura nubuhe! Kiretse ubwo bwo kwica, kunyuruza, gusahura, guterinda abakeba ngo bavyare imbonerakure ntabwo ntahura! Ibindi wewe sha nuwokubaza kuzi boarding pass,ntayuzi rero yacuba wama uvuga ibintu vyaburayi kuko: We, the people, don’t care about it! Thank you anyway!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.