Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 3 Ndamukiza
Itarike 3 Ndamukiza
mercredi 4 Ndamukiza 2018
Igenekerezo rya 3 Ndamukiza .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1948: Hashirwako urukumu kiciswe « Plan Marshall », umugambi wo kuzamura ubutunzi bw’Uburaya inyuma y’ingwano ya kabiri y’isi yose.
2010: I Dakar muri Sénégal hashikirizwa icese igishusho nini ya mbere kw’isi. Icibutso bise “Monument de la Renaissance africaine”. Cashikirijwe ku myaka 50 y’ukwikukira kwa Sénégal.
- Monument de la Renaissance africaine
2011: Cissé Mariam Kaïdama Sidibé, aba umushikiranganji wa mbere wa Mali.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1715: William Watson, umwongereza w’umuhinga muri physique.
- William Watson
1920: Dario Moreno, umuririmvyi akaba n’umukinyi w’ivyese n’amareresi w’umufaransa.
1944: Lamberto Bava, umuhinyanyuzi w’amareresi w’umutariyano.
1948: Carlos Salinas de Gortari, umukuru w’igihugu ca Mexique.
- Carlos Salinas de Gortari
INGABIRE Luc-Noël