IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Karusi : Ikiziga c’umugabo catowe kimanitse ku giti

Karusi : Ikiziga c’umugabo catowe kimanitse ku giti

lundi 4 décembre 2017

Amakuru ava mu muryango wa Athanase NAHIMANA amenyesha ko bamusanze amanitse ku giti c’ivoka igihe bari bavuye gusenga.

Ayo makuru nyene amenyesha ko bagiye gusenga bamusiga akomeye, ariko batashe basanga yiyahuye akresheje umugozi yambaye impuzu yahora yambara iyo yitavye imanza.

Abo mu muryango wiwe bavuga ko gushika ubu bataramenya icatumye yiyahura, mu giporisi naho bakamenyesha ko bamaze gutangura amatohoza.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.