IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kirundo: Batanu bakomerekejwe na grenade

Kirundo: Batanu bakomerekejwe na grenade

vendredi 14 Mukakaro 2017

Amakuru ava mu bajejwe intwaro kuri uwo mutumba,amenyesha ko icoo gitero cakozwe ku rugo rw’umugabo azwi kw’izina rya Francois BITARIHO, nk’igihe c’isaha zibiri z’ijoro.

Mu giporisi baremeza ayo makuru, bakamenyesha ko abantu batanu bamaze gufatwa ku mvo z’amatohoza.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.