IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga : Amatohoza yatanguye ku kiziga c’umuntu catowe kiboshe (...)

Musaga : Amatohoza yatanguye ku kiziga c’umuntu catowe kiboshe amaboko

lundi 9 Nzero 2017, par Egide NDUWIMANA

Ikiziga c’umuntu bivugwa ko yahora aba ku Musaga catowe mu gatondo ko kuri uwu w’Imana muri iyo zone nyene iri mu gisagara ca Bujumbura, kikaba catowe kw’ibarabara rya mbere.

Ico kiziga catowe kiboshe amaboko, abakibonye bakavuga ko cari mu nzu iri aho kw’ibarabara rya mbere, igira ikwize umwaka atawuyibamwo.

Mu giporisi muri zone ya Musaga nta vyinshi bashatse kuvuga kuri uwo muntu yatowe yishwe, ariko abajejwe intwaro bakaba bamenyesheje ko amatohoza yatanguye.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.