Accueil > Amakuru > umutekano > Mutimbuzi : Abantu indwi bafatiwe mu nzu imwe
Mutimbuzi : Abantu indwi bafatiwe mu nzu imwe
lundi 12 Kigarama 2016, par
Abantu bagera ku ndwi nibo bafashwe ku mugoroba wo kuri uwu w’Imana, muri zone Maramvya, ku Mutimbuzi. Abo bafashwe bagirijwe ko bari mu nama itazwi n’abajejwe intwaro, kandi itasabiwe uruhusha.
Mu giporisi mu Maramvya bamenyesha ko abo bantu babaye barapfungirwa mu gasho ka zone Maramvya, ariko bagashobora kwungururizwa mu gasho k’igendereza.
IGIHE
Messages
12 Kigarama 2016, 12:01, par Claude Ndikumwenayo
Retaya Nkurunzizaniyakaremganyo Gupfungirabantubusa Nivyobiyirangwa Yarikwiy Kumenyako Atagihumgu Kibamwumugambw Umwe Bakumvikana Nabany Poritik Barihanz Kuko abarundi Turarushe Nibihanondufatigwanamakungu Yarawewubwi Naretayiw Ntacobimubwi Kuw W Yaramaz Kuy Geranya. Ukobadufatiribihano Naw Niko Aduzibiro Biye Muri obeyere Abanyagihugu Ntakindi Dushigaj Atari Guhungatwes.
12 Kigarama 2016, 14:23, par Ndavyiyamirije
Nibasenge ,imana,bazorekurwa
12 Kigarama 2016, 14:24, par Ndavyiyamirije
Nibasenge ,imana,bazorekurwa
12 Kigarama 2016, 20:55, par Nzoba Command Du Burundi
Nibarabe,, Kwarabanyagwanda Hanyuma Ko Muburundi Hariho Comanda Pierri Nkurunziza Atore Comanda 10 Arungike Gutera Irya Muhirimbiri Ya Mamavyi Ngo Ni Kagame Umuntu Angana Nurwatsi Ngo Yitenga Umugabo Wimisuri Umusi Nagiye Mugi Sirikare Nobanza Kwitenga Urwanda Ndumwe Abashinwa Bigisha Vyahatari Muburundi
13 Kigarama 2016, 21:38, par Nema
Kagame Aratobanye Kabisa .Turakwiye Kwicara Tukiga Ikibazoc Uwo Mugesera.
15 Kigarama 2016, 15:42, par KARURANGA FRED
hhhh ngo nkurunziza nafate aba commando 10 batere u Rwanda ??? Ubwo wowe wanditse utyo ufite mu mutwe hazima!!!? Utagera ntanagereranya !!! Ahubwo niba ari abazimu bakurimo bacyahe bakuvemo , niba atari abazimu waba ugiye gusara !!!! Kuko niba ukigereranya imbaraga z’ uburundi k’u Rwanda waba waravangiwe niba ushaka kumenya amakuru neza uzabibaze Congo , Angola, Zimbabwe, Namibia , Chad , Sudani , abo nibo bakubwira icyo bagaburiwe n’umunyarwanda muri Congo,,,, Urwanda ruratera ntiruterwa kirazira ,,,,, uko mujyinga kweli
18 Kigarama 2016, 12:47, par Burundi
Felicitation nkurunziza kwikiza abanzi courage KBS!
21 Kigarama 2016, 10:56, par Bandora Charles
Nimwe muri abagesera hamwe niyo nterahamwe yanyu ngo ni Nkurunziza kand
nkurumbi,iminsi ye ibarirwa kurutoki.siku ya mwizi ni albaine.