IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Mwaro : Umuhungu yafatanywe inkoho yo mu bwoko bwa kalashinkov

Mwaro : Umuhungu yafatanywe inkoho yo mu bwoko bwa kalashinkov

mardi 30 janvier 2018

Amakuru ava mu giporisi c’Uburundi, amenyesha ko nk’igihe c’isaha icenda z’umuhingamo kur’uyu wa mbere igenekerezo rya 29 Nzero 2018, ku musozi Muyange wo muri Komine Nyabihanga , mu ntara ya Mwaro, ariho uwo NDUWAYO Isaac yafatwa.

Pierre NKURIKIYE avugira ubushikiranganji bw’umutekano, avuga ko amaze kubazwa, ariho NDUWAYO Isaac yerekana iyo nkoho yari ihambwe mu nzu.

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi amenyesha ko ,inyuma y’amatohoza basanze iyo nkoho yibwe umuporisi azwi kwizina rya APC SIBONIYO Pierre Claver, akorera ku kirindiro co mu Mbogora,muri komine Nyabihanga, ikaba yari yibwe itariki 10 Nzero 2018.


BUKURU Pacifique

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.