IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ngozi : Ikiziga c’umwana w’imyaka ine catowe ku ruzi Nyakijima

Ngozi : Ikiziga c’umwana w’imyaka ine catowe ku ruzi Nyakijima

dimanche 29 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Abanyagihugu nibo babonye ico kiziga ubwa mbere, baca batabaza abajejwe umutekano.

Mu ntara Kirundo naho, ibisasu ntezwantoke (Grenades) bitatu vyatowe mu kinogo kiri ku musozi Gihosha, komine Kirundo, intara ya Kirundo nyene.

Ivyo bisasu bisanzwe bigikomeye vyaciye bitwarwa kubikwa ku giporisi co mu ntara ya Kirundo.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.