Home > Amakuru > Ngozi: Umukuru w’igihugu yakoranije inama ihuza abakorera mu gisata (...)
Ngozi: Umukuru w’igihugu yakoranije inama ihuza abakorera mu gisata c’ubutare
Wednesday 7 November 2018, by
Iyo nama yahuje abakorera mu gisata co gucukura ubutare ibaye inyuma yaho inama nkuru y’igihugu ijejwe umutekano ihagaritse ibikorwa vyose vy’amashirahamwe akorera murico gisata.
Iyo nama yitabwe na bamwe mu bashikiranganji b’igihugu,abakorera mu gisata c’ubutungane,ba musitanteri bo muriyo ntara,abo mu rwego rw’igisirikare n’umutekano hamwe n’abakorera mu gisata c’ibidukikije.
IGIHE
Forum posts
7 November 2018, 20:24, by MURUNDI YUZUYE
Andika hano KOMERA MUTAMA IMANA NIYONKURU
13 November 2018, 21:25, by Manweri Nyabenda
Andika hano Komera Nyakubahwa Perezida Petero Nkurunziza Imana ikuzigame Mubikogwa Vyiza Ukorera Uburundi Nabarundi Mujinama Mwumvikana Abahinga Babona Ahari Ubutare Ntibazobifatire Mukwaha Ariko Bazobe Abakozi Namwe Mube Abakoresha. Bikunze Hazobe Abarundi Babahinga Imana Ibazigame Murakoze.
14 November 2018, 20:20, by nzikobanyanka
nkigisirikare cacu cububundi cabivuzekwiki?