IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ngozi : Umutama w’imyaka 99 yatowe ikiziga

Ngozi : Umutama w’imyaka 99 yatowe ikiziga

dimanche 27 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Abatanguye kubona ubwa mbere ico kiziga ni abanyagihugu bo mu mihana yegereye ahari iryo shamba, bakavuga ko vyaboneka ko uwo mutama yakubiswe bikomeye imbere y’uko yitaba Imana, kuko ikiziga ciwe cari gifise ibikomere.

Mu giporisi c’Uburundi bavuga ko abantu babiri aribo bamaze gufatwa ku mvo z’amatohoza, abo nabo akaba ari MANIRAKIZA Evariste w’imyaka 25 hamwe na MPAWENAYO Karori w’imyaka 18. Bompi bapfungiwe mu gasho ka komine Kiremba, aho nyene mu ntara ya Ngozi.

Mu giporisi bavuga kandi ko amatati y’amatongo ariyo yoba ari inyuma y’ubwo bwicanyi bwakorewe uwo mutama w’imyaka 99.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.