IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ngozi : Umugabo yagirizwa ubusuma yatowe ikiziga

Ngozi : Umugabo yagirizwa ubusuma yatowe ikiziga

vendredi 13 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu giporisi bavuga ico kiziga catowe mw’ijoro ryo kuri uwu wa kane nk’igihe c’isaha indwi z’ijoro.

Nk’uko mu giporisi babandanya babimenyesha, imbere y’ico kiziga hari ivyo mu giporisi bavuga ko uwo mugabo yari yivye.

Amatohoza akaba yatanguye kugira abajejwe umutekano bamenye uwagandaguye uwo muntu.

Mu giporisi bavuga kandi umuntu azwi kw’izina rya Ngezahimana Yohakimu yapfuye kuri uwu wa kane inyuma y’ukunywa inzoga ya kanyanga. Abandi babatu bayisangiye nabo bakaba ari indembe ku bitaro vy’i Gitega aho bariko baravurirwa.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.