IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > RDC: Reta itewe impungenge n’impunzi z’abarundi zibandanya kwiyongera

RDC: Reta itewe impungenge n’impunzi z’abarundi zibandanya kwiyongera

mardi 21 Ntwarante 2017

Abategetsi b’igihugu ca Republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo bamenyesha ko batewe impungenge n’igitigiri c’abarundi babandanya gusaba ubuhungiro .

Iradiyo Okapi ikorera mu karere k’ubuseruko bw’igihugu ca Republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo, imenyesha ko abarundi batari bake basaba ubuhungiro babandanya kujabuka urubibe rw’Uburundi na Republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo.

Radiyo Okapi imenyesha ko umukuru w’umurwi ujejwe impunzi mu gihugu ko batewe impungenge n’igitigiri c’umurengera c’impunzi ziri mu bibanza izo mpunzi zishikiramwo.

Umukuru w’umurwi w’igihugu ujejwe impunzi mu karere ka Uvira yabwiye radiyo Okapi ko abarundi babandanya guhugunga umutekano muke uri mu gihugu, abenshi bakaba bava mu ntara ya Cibitoki.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.