IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Rumonge : Abantu 35 bahagaritswe bariko bagerageza kujabuka muri (...)

Rumonge : Abantu 35 bahagaritswe bariko bagerageza kujabuka muri Kongo

lundi 27 novembre 2017

Amakuru ava mu ntara ya Rumonge, amenyesha ko abo bahagaritswe bagizwe n’abagabo 5, abagore 6, imisore 2 n’abana 22, bose bava muri zone Kizuka, komine n’intara ya Rumonge.

Mu giporisi mu ntara ya Rumonge bamenyesha ko abo bantu bafashwe bemeza ko bagomba bajabuke mu gihugu ca Republika iharanira Intwaro Rusangi ya Kongo kurondera akazi ko mu mirima.

Bari kumwe n’uwo bari bashikiyeko ku murwa mukuru w’intara ya Rumonge, bose bari ku biro vya komine Rumonge kugira amatohoza akorwe, kandi hamenyekana eimvo nyakuri yari itumye bava mu Burundi.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.