IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Rumonge : Abarovyi babiri bishwe n’abarovyi bava muri Kongo Iharanira (...)

Rumonge : Abarovyi babiri bishwe n’abarovyi bava muri Kongo Iharanira Intwaro Rusangi

lundi 13 novembre 2017

Abo bishwe bazwi umwe kw’izina rya Hassan UWEZO,uwundi azwi kw’izina rya Duphikibose bava muri Zone Gitaza, mu ntara ya Bujumbura Rural.

Amakuru ava mu miryango yabo bagabo amenyesha ko bafashwe n’umurwi w’abarovyi bava mu gihugu ca Republika Iharanira Intwaro Rusangi, barabakubita baca babata mu kiyaga Tanganyika.

Abo bagabo bagirizwa ko hamwe n’abandi barovyi b’abarundi boba bafasha mu kwerekana n’ifatwa ry’ibikoresho vy’abarovyi bava mu gihugu ca Republika Iharanira Intwaro Rusangi ya Kongo, bakoresha kandi bitemewe n’amategeko.

Gushika ubu ibiziga vyabo babiri ntibiratorwa, ariko umwe mu bari kumwe nabo babiri yarashoboye kubaca mu ryahumye.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.