IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Rutana : Abana 17 bafashwe n’igiporisi

Rutana : Abana 17 bafashwe n’igiporisi

mercredi 20 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Nk’uko bishikirizwa n’umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, abo bana bafise imyaka iri munsi ya 18bafashwe mu gihe bariko bagerageza kuja mu gihugu ca Tanzaniya kuronderayo akazi.

Abo bafashwe ni abo ntara za Ngozi, Karusi, Kayanza, hamwe na Gitega. Bose bapfungiwe mu gasho ka komine Gihofi


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.