IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Terefone ngendanwa hamwe n’inzoga ni bimwe mu vyafatiwe mw’ibohero rikuru rya (...)

Terefone ngendanwa hamwe n’inzoga ni bimwe mu vyafatiwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba

dimanche 17 juin 2018

Amakuru dukesha igiporisi c’Uburundi, amenyesha ko terefone zirenga 10 arizo zafashwe, hafatwa kandi n’inzoga hamwe n’ibindi bikoreshabo bitemewe n’amategeko vyinjiye canke vyakorewe mw’ibohero rikuru rya Mpimba zikorerwa aho mw’ibohero rikuru rya Mpimba.

Ayo makuru nyene dukesha igiporisi c’Uburundi, amenyesha ko, muri izo nzoga zafashwe, harimwo izikozwe mw’isukari.

Igikorwa co gusaka n’igikorwa kimaze iminsi kiba mu mabohero atandukanye ari mu Burundi, hakaba hakunda gufatwa, amaterefone ngendanwa, inzoga zitemewe n’amategeko canke ibindi bikoresho bitemerewe gutungwa mw’ibohero.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.