IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Uburundi ntibworoherwa mu gukurikirana abahanahana amakuru"

Uburundi ntibworoherwa mu gukurikirana abahanahana amakuru"

mercredi 17 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Uburundi bwahimbaje kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 17 Rusama 2017, umunsi mpuzamakungu wahariwe ivyo gutumatumanako.

Mw’ijambo ryashikirijwe n’umushikiranganji ajejwe ico gisata, Nestor BANKUMUKUNZI, yamenyesheje ko uwo munsi mpuzamakungu uhimbajwe mu Burundi mu gihe bikigoye kumenya ko amakuru ahanahanwa n’abantu ari ari ay’iterambere ryabo.

JPEG - 51 ko
Umushikiranganji Nestor BANKUMUKUNZI ajejwe kumenyesha amakuru hamwe n’ivy’ugutumatumanako

Kubw’umushikiranganji BANKUMUKUNZI, vyari bikwiye ko abantu bakoresha ubwo buhinga mu bikorwa vy’iterambere ryabo, yaba muri poritike, imibano, n’ibindi. Umushikiranganji BANKUMUKUNZI akavuga ko bikibabaje kubona abantu bakoresha ubwo buhinga mu gucanishamwo abandi.

Reta y’Uburundi yemeza ko iriko irakora ibishoboka vyose kugira abantu bahanahane amakuru bitagoranye. Yasavye n’abikorera ivyabo gushira imitahe muri ico gisata, kuko biri muvyofasha gutanga ubuzi ku batabufise, n’ubukene bukagabanuka.

Messages

  • BATURIYE AMARADIO YIGENGA YARI YATANZE AKAZI BONGERA BUGARA TEMPO AFRICELL IZIRA MAJOR BUSOKOZA NONE NGO ABIKORERA IVYABO BAFASHE GUTEZA IMBERE IGISATA CO KUMENYESHA AMAKURU.IBIVUGWA N’UWO MUTEGETSI NI URUHENDO KUKO BARATINYA UBWIGENGE BWO KUMENYESHA AMAKURU AGATIMA BAMANYE MWISHAMBA NTIKARABAVAMWO MURABAZA BATURIYE AMARADIO YIGENGA YARI YATANZE AKAZI BONGERA BUGARA TEMPO AFRICELL IZIRA MAJOR BUSOKOZA NONE NGO ABIKORERA IVYABO BAFASHE GUTEZA IMBERE IGISATA CO KUMENYESHA AMAKURU.IBIVUGWA N’UWO MUTEGETSI NI URUHENDO KUKO BARATINYA UBWIGENGE BWO KUMENYESHA AMAKURU AGATIMA BAMANYE MWISHAMBA NTIKARABAVAMWO MURABAZA NDABIRABE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.