IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ubushikiranganji bw’ibidukikije bwatanze intererano y’amatora

Ubushikiranganji bw’ibidukikije bwatanze intererano y’amatora

lundi 19 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Nk’uko bishikirizwa n’uwutwara ubwo bushikiranganji Celestin NDAYIZEYE, avuga ko ari igikorwa co gukunda igihugu, igikorwa co kurondera ubwigenge no gutsimbataza demokarasi mu Burundi.

Celestin NDAYIZEYE yashimiye cane abo basangiye umirimo ku kigoro bagize mu gutanga amafaranga uko angana kwose, narirya ubwo bushikiranganji bugizwe n’abakozi bake.


Callixte NDIKUMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.