IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > ikiza > Ubuyobozi bw’amagara y’ibitungwa arabeshuza amakuru abuza abantu gufungura (...)

Ubuyobozi bw’amagara y’ibitungwa arabeshuza amakuru abuza abantu gufungura inyama z’impene

mardi 16 janvier 2018

Muganga Deogratias NSANGANIYUMWAMI ajejwe amagara y’ibitungwa mu bushikiranganji bwuburimyi n’ubworozi avuga ko indwara y’akaranda k’impene yibonekeje mu ntara za Gitega, Mwaro, Kirundo n’igice gito c’intara ya Karusi.

Umuyobozi ajejwe amagara y’ibitungwa mu bushikiranganji bw’uburimyi n’ubworozi akamenyesha ko imbere yo gufungura inyama z’impene muri izo ntara, zobanza gupimwa neza.

Tugerageje kurondera umuyobozi w’uburumyi n’ubworozi mu ntara ya Gitega, imwe mu zivugwamwo iyo ndwara kugira atubwire aho igikorwa co gukinga iyo ndwara y’akaranda kigeze, yatubwiye ko ari mu nama y’akazi.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.