IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Umugabo avuka mu ntara ya Kayanza yatowe ikiziga ku nkengera z’ikiyaga (...)

Umugabo avuka mu ntara ya Kayanza yatowe ikiziga ku nkengera z’ikiyaga Tanganyika

vendredi 30 Ntwarante 2018

Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko uwo yatowe ikiziga ari umugabo azwi kw’izina rya NIBARUTA Anatole w’imyaka 31, avuka ku musozi Nyarusange, muri komine Rango, intara ya Kayanza.

JPEG - 46.6 ko
Ikarata karangamuntu y’uwo mugabo yatowe ikiziga

Mu giporisi bashikiriza kandi ko uwo yatowe ikiziga yahora akazi akora akazi ko kwunguruza abantu akoresheje ikinga. Amatohoza yamaze gutangura, ku cishe uwo muntu, nk’uko bivugwa n’igiporisi.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.