IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu yagenye abahanuzi mu biro vy’icegera ca kabiri c’umukuru (...)

Umukuru w’igihugu yagenye abahanuzi mu biro vy’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu

mardi 19 juin 2018

Celestin NDAYIZEYE yagenywe mu mabanga yo kuba umuhanuzi mukuru mu biro vy’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu, n’itegeko inomero 100/063 ryo kuwa 18 Ruheshi 2018.

Uwundi yagenywe mu mabanga n’umukuru w’igihugu kuri iryo tegeko nyene, ni NDIKUMAGENGE Cleophace, yagenywe kuba umuhanuzi mu biro bijejwe ibibazo vy’ubutunzi mu biro vy’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu.

Celestin NDAYIZEYE yakuwe kuba umushikiranganji inyuma yaho hahinduriwe Reta, ubushikiranganji bugatunganywa ugushasha, ubushikiranganji bw’ibidukikije bukaja mu bushikiranganji bw’uburimyi n’ubworozi.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.