Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umukuru w’inama nshingamateka asaba abashingamateka kwitaba ibikorwa (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Umukuru w’inama nshingamateka asaba abashingamateka kwitaba ibikorwa (...)

Umukuru w’inama nshingamateka asaba abashingamateka kwitaba ibikorwa vy’isasa ridasanzwe ryimirije

Saturday 10 November 2018, by vianney

Mw’itangazo umukuru w’inama nshingamateka yasohoye kw’igenekerezo rya 9 Munyonyo umwaka wa 2018,Pascal NYABENDA avuga ko inama zidasanzwe zimara imisi 15 zitumwako bisabwe n’umukuru w’igihugu canke bisabwe n’abashingamateka barenga ica kabiri c’abagize inama nshingamateka kubiri k’urutonde rw’ivyihwezwa gusa ,ari muriyo ntumbero itegeko ry’umukuru w’igihugu ryo ku wa 9 Munyonyo 2018 ritumako isasa ridasanzwe ry’inama nshingamateka na nkenguzamateka.

Pasacal NYABENDA avuga ko itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/168 ryo kw’igenekerezo rya 9 Munyonyo 2018 ryatumyeko isasa ridasanzwe ry’inama nshingamateka na nkenguzamateka ryashizweko igikumu kubw’ivyo batumiwe kuzoryitaba.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.