IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umushikiranganji w’uburimyi n’ubworozi arashima ivyakozwe mu gisata (...)

Umushikiranganji w’uburimyi n’ubworozi arashima ivyakozwe mu gisata c’ubworozi

mardi 30 janvier 2018

Igihe yariko ashikiriza ivyaranguwe mu bushikiranganji bw’uburimyi n’ubworozi mu mwaka uheze wa 2017, umushikiranganji Deo Guide RUREMA yamenyesheje ko umwimbu mwiza bashitseko bawukesha inguvu bakoresheje mu kugenzura neza ibikorwa.

Umushikiranganji Deo Guide RUREMA yavuze ko mu gisata c’ubworozi hatanzwe inka 97 zo mu bwoko alpine, izo nazo zikaba zatanzwe n’umugambi wahoze witwa Caprin.

Muri ico gisata nyene, haravutse inyana 102, haratangwa kandi ingurube 101, muri izo 405 zatanzwe i Mparambo, mu gihe 35 zatanzwe mu Vyegwa ; hakaba kandi n’amafi mato mato 15000 yamaze gutangwa.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.