IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abarundi bahunze barabandanya guhunguka

Abarundi bahunze barabandanya guhunguka

mardi 28 Mukakaro 2015, par Paterne

Abarundi bashika 300 nibo bahunguka ku munsi ku munsi bava mu gihugu c’Urwanda,aho bahungiye kuva bimenyekanye ko umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ariwe azoserukira umugambwe CNDD FDD mu matora y’umukuru w’igihugu.

Abahunguka benshi ni abari bahungiye mu mihana y’incuti n’abagenzi canke abari bapanze amazu mu gihugu c’Urwanda.Benshi bavuga ko ubuzima bwo mu gihugu c’Urwanda buzimvye arico gituma bashimye kugaruka mu gihugu.

Abandi bavuga ko bari bataye ubuzi,ariko ko naho bazi ko ata mutekano ukwiye uhari mu gihugu bahisemwo kugaruka ku kazi.Abandi bamenyesha ko bazana abana ku mashuri kugira baheze umwaka,gutyo bazobasubizeyo.

Ivyo biri ukwo no mu gihugu ca Tanzaniya.abarundi bahungiye muri ico gihugu batanguye guhunguka,ariko benshi ni abari bashikiye mu bisagara bito bito,abo nabo bavuga ko bagarutse kuko igipolisi ca Tanzaniya cariko kirabarondera ngo kibajane mw’ikambi y’impunzi.

Naho hari abariko barataha mu gihugu,abari mu makambi y’impunzi ntivyoroshe ko bataha kuko ari igikorwa gisaba umwumvikano hagati y’igihugu cabakiriye,igihugu c’amavukiro hamwe n’ishirahamwe ryitaho impunzi kw’isi UNHCR.

Mwomenya ko abarundi barenga ibihumbi 160 aribo bari bahungiye mu bihugu bihana imbibe n’Uburundi,kuva mu mpera z’ukwezi kwa Ndamukiza.


Van Naris

Messages

  • Nibatahe kuko intagongwa zabatwikaga z’aba sans échecs ubu zigiye kwishyura abo zatwise.Imyaka 20 mugihome kitagira amatara irahagije.

  • Tubahaye Ikaze Ryishi Cane

  • Turasaba abakorera kukinyamakuru comurwanda Igihe.com babwire abasomyi mwenizinkuru zuko abarundi baribahungiye murwanda bakomeje gutaha mugihugu cabo kubwishi, batabikoze kandigihebahungirayo babivugakumwanya kumwanya bazoba arabamenyeshamakuru babangamiye uburundi nabarundi kuko umumenyeshamakuru nyakuri avugavyose ivyinjira nibisohoka.

  • Hihihiiiiiiii,hahaaaaa,ngo ubuzima mu rwanda burazimvye?Bagiye badukirizako amabuno ngo barahunze,ama bus aza kubaterura nk’abami ku maceri,les pauvres policiers qui essayaient de les retenir barabasuzuguye,nibagumeyo za mbonerakure niho zikiri ntazo bafatishije intoke,bagerageje kuzica ,amagrenades barabatera,ntibabamaze,guma mu rwanda muja he?I burundi harakenye,hari umwanda,guma i rwanda hari isuku bose bambara ibirato,hatwara intore i burundi hatwara abahutu ,hihihihiiiiii,hahahahhhaaaaaa.

  • Ewe Fidelite niwahunga ntuzoronka n’uwukwakira! Rindira uwuramvye arabona. Sodomu na Gomora harandutse atawavyibaza kandi no kuri Nowa babona umengo hari amahoro. Ntukavuge nabi kuko ntawuzi ibiri imbere kiretse uwaturemye gusa. Rira bieb qui rira le dernier!

  • Uri Ninder We Watanguy Gu Comant Kwiy Nkuru Ut Nsinsubiyemw Ururim Rubish Kubarund!Ahirw Kungan Urwand!Ikibuz Umwor Kwiyahur Ngo Ej Nzotung.Bund Ngah Ikikubuz Ukur Niryo Tam Rimazw Nikivyimb Muvyigihur Tuzorimen.Ukur Kuziganz Intah Niyafat Ijamb Muzojugujumir.

  • burya jewe abarundi muransetsa mbe komukundakuvuga ngo abahungiye mu rwanda guhunga nikurya?harya baribimukiye ahobiyumvamwo ahobivugira kohatwara intore.uwahunze 1965-1972-1988-1993arazi ukuntu bahunga.ariko uwibesha ngo azohunguka imbonerakure zitagihari,arihenda isi izorinda yiyubika kuko ninyishi cane. kandi imanga ntimarira imana nuwipfuza kuzica ntazozimara.ikindi irwanda niwabo nahobokwigumirayo.twebwe uburundi tuzobugumamwo uwuzoza ajegutera tuzomwivuna uwariwewese twangajwe kuvakera.

  • emma
    karibu barundi bene wacu garuke mugihugu canyu mugitezimbere nakare mwahunze mwohejwe na bagwanya reta, nka pacifike na mbonimpa na vitari nimwitahire iwanyu, nakare mumahanga ntakamaro kariyo atarugusinzikazwa ningwara beninzara tahe bana buburundi

  • kalibu benewacu mwibaza ko twe tutaru twahunze aruko atamaraso tugira!

  • Stupi ones. Ni baze Mandant ya gatatu iraheze, batware iya kane iratanguye.

  • @Pontien
    iyo comparaison si yo,mbega abatutsi mwarasatse,sodome et gomo je ne sais pas qoui ntibisa n’uburundi,barimbuwe kubera effectivement la sodomie qu’il pratiquait dans le payys et ça c’est un rituel satanique et demoniaque que dieu n’a pas toleré,ariko nibagiye abatutsi mushaka kutuzanira homosexualite mudukwegere ces vieux pourris de blancs baze gu sodomiza nos fils et nos frère bande de maudits ,rero mu burundi ntibizoshika ,vous les PD de tutsi nimwe muzorimbuka nko muri SODOME car c’est chez vous niyo mwaje muva nkuko mwaturirimbiye ko muri abayahudi souvent.

  • Bose Nibahunguke Amahoro Ni Yose Mu Burundi

  • Abarundi mwese mugomba guhaguruka mukamagana leta y’u Rwanda ibuza bene wanyu gutaha . Kagame ni umuhemu kurusha Satani abatamuzi mutubaze twe abanyarwanda yahekuye. GUSA nshimira abarundi kuba muri maso kuko
    Ntawe ukora umugabo mujisho kabiri. Mujye murasa izo nyangaburundi muzimese bien.

  • Kalibu Barundi Benewacu. RPA Ntikivuga Ngo Mwumve Ahumuhindo Ugez Nico Gituma Natwe Twikaseko.Mé Nkumukobwa Yakuriy Lukole Kambini Tanzania Nzohunga Ebola Ninumva Yatey Muburundi! Ubuhungiro=gufatwa Kunguvu,ubuhungiro=kubura Amaz Mez Kand Ahagj.Ubuhungr=kuronk Indya Zintica Ntikiz Harimw Nindya Za Rumarinkwi.Ubuhungiro=kubura Aho Userurir Iryugona,gutegekwa Ibilometero Utarenz Inyum Yinkambi, Ubuhungiro=indwara Zivyaduka,ntibagiy Ikibazo Cinkwi...... Wew Utarahonja Ubuhungiro,Bandanya Urwanya Manda Ya3!

  • Kalibu Barundi Benewacu. RPA Ntikivuga Ngo Mwumve Ahumuhindo Ugez Nico Gituma Natwe Twikaseko.Mé Nkumukobwa Yakuriy Lukole Kambini Tanzania Nzohunga Ebola Ninumva Yatey Muburundi! Ubuhungiro=gufatwa Kunguvu,ubuhungiro=kubura Amaz Mez Kand Ahagj.Ubuhungr=kuronk Indya Zintica Ntikiz Harimw Nindya Za Rumarinkwi.Ubuhungiro=kubura Aho Userurir Iryugona,gutegekwa Ibilometero Utarenz Inyum Yinkambi, Ubuhungiro=indwara Zivyaduka,ntibagiy Ikibazo Cinkwi...... Wew Utarahonja Ubuhungiro,Bandanya Urwanya Manda Ya3!

  • MBE KO MUTATUBWIRA BABSIGAYE HANZE EREGA IGIHUGU C’AMAVUKIRO NTAWUGIHEBA URETSE PETER ARIKO ARAGITABAGURA YICA NABENE GIHUGU DUKENEYE KO PETER ATUVIRAHO ABO NABO BAZANA IVYAMACAKUBIRI BAZOPFA BATAMAZE UBWOKO iMANA NIYO YAREMYE AMOKO YOSE ABARUNDI N’ABANYAGWANDA MUGIFISE UWO MUZI WAMACAKUBIRI MURIHENDA NI BENSHI BATAKIGANZWA NAKO GATIMA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.