IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abashikiranganji bashasha barahiye imbere y’umukuru w’igihugu (...)

Abashikiranganji bashasha barahiye imbere y’umukuru w’igihugu n’abashingamateka

mardi 25 Myandagaro 2015

Abashikiranganji bagize Reta nshasha bagenwe n’umukuru w’igihugu kw’igenekerezo rya 24 Myandagaro 2015,barahiye imbere y’umukuru w’igihugu, abashingamateka n’abakenguzamateka kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 25 Myandagaro.

Abashikiranagnji 20 nibo barahiye,inyuma y’iminsi itanu umukuru w’igihugu n’ivyegera vyiwe bibiri birahiye kuwa 20 Myandagaro 2015.

Ibirori vyo kurahira vyabereye mu ngoro y’amakoraniro mu Kigobe,ahari abandi banyacubahiro batandukanye bafise amabanga bajejwe mu gihugu.


IGIHE

Messages

  • Turasavy Umushikiranganj W Abakoz Ba Leta Abandaniriz Aho Sendazirasa Yaragejej Igikorwa C Inganishwa Ry Imishahara Kuburyo Kuva Mukwamber Kwa 2016 Tuzotangura Kurenganurwa.

  • turashima cane iyi nyifato ya son excellence petero nkurunziza.mutam turi inyuma yawe kandi turagushigikiye.imana ibandanye ikugirira neza

  • NIVYIZA ARIKO NTAKUNTU AMATORA YOSUBIRA HAHEJE 10 KUKO KUGUMADUTORA SIWOMUTI ,UMUKURU WIGIHUGU NIYIRAMBIRE KUMUYEBE TURAMUKUNDA.

  • Erega mwarasaje mwebwe ubwoburongozibwanyu butemewen,Imana n,abantu muzobuheramwo.

  • muta ubwami bwawe buhawe abamedi na baperesi ugiye kumeranka nebukadinezari arikowe yagiriwubuntu asubira kungama wehosu

  • aaaah! iy leta irambabaje pe!! arko ikimbabaje cane nuko bashizemwo tonton!?# ntakundi?

  • None ga mwa bashikiranganji mwe,aho ntimubona ko muhenzwe? Ngo murarahiye? Ivyo vyo ni ivy’ubusa kandi ni uruhendo kandi ni ivy’akanya gato. NKURUMBI arabahenze nka Satani ahenda Abamarayika ngo bagararize Imana. Ejo nzobona mwiruka mutagira iyo muja n’iyo muva! Murikuye mu rubuga rwa poritiki.Murambabaje pe!! Huuuuu !

  • BARAHIRA BAREKA NYANGOMA ARAGITWARA IGIHUGU CUBURUNDI ABONABO BARAHIRA BAZOYURIRA BANYINA EREGA UBURUNDI NTIBWIREMYE BURAFISE UWABUREMYE

  • ndakengurutse inzego zatowe muroranirwe

  • Iyaba arivyonshobora kubera ikikiringo giheze H.E Pierre Nkurunziza atazisubira kwitoza nocampindura nkavugati ikiringo ca Nkurunziza kiravuye ku myaka 5 ndagishize kumyaka 20 niyitanbire papa wacu.

  • @ Bedah-Nziza, uburongozi butemewe nabashigikiye ababana basangije ibitsi nkumugorenumugabo bucabwitwa kobutemewe n’Imana!?.

  • Iyo leta y’ikinyoma caba dd ntituyemera abarundi turashaka amatora abaye kumugaragaro.

  • Muce muraba ukuntu umukuru wigihugu yomara imyaka cumi atwara kandi ibwirizwa shingiro muzoce murihindura kwiyondwi

  • Gutwarasibibi ariko ugwanaga inyumayanyunigwishi amakungu arasemerera abategetsinkamwebaromoce abanyagihungubarangaye tuzeturabe i vyanyu

  • Ahubwo Ubazurira Banyina Nabo Banyangoma Kuko Bariko Bibaza Ibitazobaho C,est Ce Qu,on Appelle illusion.uwukunda nyangoma yomujana kubitaro vyabarwaye mumutwe kuko umurwayi ntiyimenya!!!

  • mbega izo ntoki nkurumbi aduza abantu bapfa none ya halelula yabe na denise nivyo bigisha bantu mushikiria nkurumbi muramwibutsa ingene mobutu, kadafi, saddam bari intagondwa batwaye imyaka myinshi bibuke ko bapfuye atawabo abahavye uti wewe bazoza baraca agatoki kamwe kamwe ako kaguru acimbagiza nako kamere inyo urigito nkigitongati urashisha kubona

  • Mana we Uyu Mutama Nkurunziza Azova ku burongozi apfuye ubu abandanya asaba ko ibwirizwa sgingiro rihinduka uwanze apfe kuko azobamesa pe! reba ingeno intoki ziwe zimeze ngo ndabatsinzerero mutegereze akazoza nyuma sindambiwe

  • Ibibintu Vyokurahiripa Mukinyegero, Nkurunziza Niwe Yabitanguye. Ariko N’ Ingaruka Mbi Zizomuherako Kuko Nabonye Ko Abandi Buca Babivamwo Ariko We Atanzira N’ Imwe Asigaranye Ngo Asohokeremwo. Nk’ Ubu Ahejeje Kurahiza Abo Muri CENARED. Mucezo Wa Ndani,

  • ndakenguruts cne iyi resta niyirambire.nawe Président nyakubahwa komera kungom natwe abanyeshure turabashigikiy.

  • ndakenguruts cne iyi resta niyirambire.nawe Président nyakubahwa komera kungom natwe abanyeshure turabashigikiy.

  • barahiye nka ya reta yabatabazi mu rwanda muli 94.

  • BANTU MUSHIKIRIZIVYIYUMVIRO NUBURENGANZIRA BWANYU, ARIKO GUTUKANA NUGUSHIRISONI SIVYIZA N’IMANA NTIVYEMERA NAGATO!MWIKEBUKE RERO MUDASANGA MWITERANIJE N UHORAHO!!

  • Abonyen Barahiy Nibobazo Kwiyicira Kowas Kuvako

  • Je Nibaza Ko Abarundi Benshi Baz Gutandukanya Icatsi N’ururo. Iyo Leta Ya Cndd Fdd Yodutwara Turi Ibiziga, Ndabajwe Na Agaton Yarwanye Imyaka Umuyoro Abiwe None Bagiye Gupfa Nk’imbwa. Turavye Leta Irimwo Agaton Na Peter Ntaciza Yozanira Umurundi Noneho Nta Mukwaha Nta Munyo Hose N’umunuko Gusa. Ndavye Ubusuma Batanguye Muri Regideso Ngo Bagomba Ayo Guhemba Aba Fonctionnaire Nayo Bazoyabura Bapfe Nabi

  • ASHA TUDAHAGURUTSE NGO TURWANYE PETER POLITIQUEMENT ET MEME MILITAIREMENT UYU MUGESERA IMIGAMBI AFISE NIYO KUZOGUMA KUBUTEGETSI MPAKA YESU AGARUTSE KUKO BIRABONEKA NEZA YUKWATARI UWUZOVA KUBUTEGETSI EJO CANKE HIRYA YEJO! NARIRYA AHERUTSE KURUNGIKA UMUHUNGU WIWE MUGISODA KUGIRA AHAVUYE AZOCE AMUSIGIRA UBUTEGETSI MBE AHO MVAGOMBA GUKANURA NTIMUBONA YUKO ADAKUNDA ABARUNDI KO UBURUNDI BWACU BUKENYE KABUKI WEWE AMAZE GUTWARA IMYAKA 10 YOSE BENSHI MURI TWEBWE TUTARIGERA TUBA NA BA CHEF DE LA COLLINE BURYA YIYUMVIRA YUKWARUKUBERA YIZE ADMINISTRATION KUDUSUMVYA? HAMA AKAGOMBA KUGUMA KUNGOMA NKUKO TMENGO UBURUNDI YARABURANGUYE ASHA NTANKEKA ZA MITRAILLEUSES, NAZA MACINEGUNS, NAZA ROCKETS NA ZA BLINDES ETC... NTAGISIVYA TURAZITORA KUGIRA UBURUNDI NTIBUCIKE AKARWI KUMUNTUMWE NKA PETER NINGOMA Z’ABAMI TWARAZISEZEREYE UYU MUSI SIWE YOZA KUDUTWARA NKUKO ARI UMWAMI BENE BURUNDI NI DUKANURE TWIKUREKO INTWARO Z’ABICANI ,ABASUMA BAGUMA BAGOMBA GUCANISHAMWO BENE BURUNDI KANDI TWARI TWATANGUYE KUNYWANA VIVE MR LE PRESIDENT NYANGOMA, VIVE ALEX SINDUHIJE N’ATWE TUBARI INYUMA MURUGAMBA RWUKUGWANYA UYO MUSUMA PETER NAKARWI KIWE.

  • @Dumburi, kaka , lili nizindi ntagongwa zamenyereye kunywa amaraso. None mwibagiwe ibyo baso bakoze muri 73, 93. Niba mwibaza ko byagaruka mukamara abahitu muribeshya. Byaba byiza mwiyahuye kuko sowanyu bikomagu ari kubategurira intebe yanyu mubwami bwa Shetani.

  • nyangoma agira amere nka etienne cisekedi wa kongo yarahirira muhira iwe.ngo agomba gutwaraigihuhu.burya umunyepolitique yaparanganye ntabwenge aba agifise

  • Umuntu wear yunahika gutuka abatware numipagani%bible ivuga ngo ntakuganza. Kutava kumana.kandi ngo twubahe abatuganza .yemwe enda tugaye ibibi bakora ariko turinde akanwa kacu kwandura tugaharugwa kwikibi kirengeye icabo.Nukuri ndabinginze tureke gutuka abadushizwe imbere .Yesu aduharire.

  • aho murayavuga imigambi yogutwara akarere ntigishoboka,vyabataye kuwamazi muri congo ngo bagomba muburundi teshwe mute,mbega amakungu 72na 93 yarahuniye!hezagigwa nyakuhora kungoma

  • aho murayavuga imigambi yogutwara akarere ntigishoboka,vyabataye kuwamazi muri congo ngo bagomba muburundi teshwe mute,mbega amakungu 72na 93 yarahuniye!hezagigwa nyakuhora kungoma

  • aho murayavuga imigambi yogutwara akarere ntigishoboka,vyabataye kuwamazi muri congo ngo bagomba muburundi teshwe mute,mbega amakungu 72na 93 yarahuniye!hezagigwa nyakuhora kungoma

  • mbona bose barihagiye ntibazokwiba reta

  • Peter arasenga kandi numugore wiwe arasenga cane, ivya akora vyose numugambi wimana. Ahagarare kigabo atwarire abarundi bose, asenge yirukane satani yikuremwo amacakubiri na nkunzi. Abamubesha ngo yice abantu abigize inyuma nivyanka abagire bose nka Dolph kuko nivyo bazoba bakwiye. Niyasigaza beza ace akorana nabo. Abo bafatanije urugamba bariko baramuhenda Politique yo kwica abo uyobora isigaye ngaha iwacu gusa.

  • NIBYIZA MUKOMEREZE AHO

  • Kayihura Ntasoni Ugira? Ahubwo Uriko Uhamagarira Abarundi Muntambara Urapfuy Nubwo Bu de Colline Uzobubura Ubure Nubwo Gutegeka Murugo Rwawe.Ihanure Wemere Akuganze Niyaheza Uzoshikirwa.

  • Izombwa Zitora Ibitaye Abandi Turazivumye Zizopfa Uko Muzopfa Muyererera Nka Kayini

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.