Accueil > Amakuru > u Burundi > Abasirikare bagera kuri 40 bahunze Uburundi babarizwa muri Tanzaniya
Abasirikare bagera kuri 40 bahunze Uburundi babarizwa muri Tanzaniya
lundi 8 Ruhuhuma 2016, par
Igihugu ca Tanzaniya camenyesheje ko abasirikare b’abarundi bagera kuri 40 bari mu buhungiro muri ico gihugu, inyuma y’uguhunga Uburundi.
Charles Kitwanga, umushikiranganji ajejwe ibibazo vy’abinjira n’abasohoka muri Tanzaniya, yamenyesheje ko abo bahoze ari abasirikare b’Uburundi, bafashwe nk’impunzi zose z’abarundi ziri muri ico gihugu, bakaba babarizwa mw’ikambi ya Mwisa, mu gace ka Kagera, mu burengero bw’igihugu ca Tanzaniya.
- Charles Kitwanga, umushikiranganji ajejwe ibibazo vy’abinjira n’abasohoka muri Tanzaniya
Charles Kitwanga yamenyeje ko bacunzwe neza, kandi ko hisunzwe amasezerano y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, Reta ya Tanzaniya itazobashikiriza Reta y’Uburundi, nk’uko vyariko biravugwa ko baronderwa.
IGIHE
Messages
8 Ruhuhuma 2016, 19:33, par MANIRAKIZA
ubika ikara mumpuzu rikaguturira abobasoda mbega ntabwo boba aribo bamazimisi biha inkumbi mugisagara? ahubwo ubutungane bwa tanzaniya nibubafate bubatohozeko neza boye kwiyita impunzi kandi arinkozizibibi ivyo birashobora gutuma ibihugu bidahana inkozi zikibi kuko vyose vyozoza bigira nkuko uwishe akaja mukindi gihugu akavugango bariko bamutoteza kumbe ahunze ubutungane mbega hoho amategeko ntacavuga kumusoda avuye mugihugu ciwe akaja mukindi ataruhusha rwubuyobozi bwagisoda afise?bafate mubabazeneza icobahunze
8 Ruhuhuma 2016, 19:35, par Viateur
Ako sha nagahimbo kibagiza kugara none nkabo bose barikuba abakuru bigihugu? nkubu ntibicuza? mugabo dawe usanga bari bariteguye ibifranga bararunze nyomba hagowe jewe mugabo najewe ndiho bararya nkarya!!!
8 Ruhuhuma 2016, 19:35, par Beto.
Mbega,abo Basirikare, Bavugako Bagiye Bahunga Iki?Biteguriye Iki? Mukugenda Borohewe.Ariko,mukugaruka,baze Bitonde Kuko Igihugu C’uburundi,kirimw Abagabo. Abarugwanye Kandi Bakirurindiriye,nibenhi. Rero Icobashaka Bazokibona Kuko Ubu Sinkakera. Turimaso.Ariko Shaaa! (...)
8 Ruhuhuma 2016, 19:39, par amidu
none icatumye abobasirikare 40 bahunga umutekano wabo warubangamiwe?
8 Ruhuhuma 2016, 19:55, par None?
Ntubona igihuguciza TZD , mugufata abataye umurongo bagaca babacishabugufi ati ahomwarabasirikare ntimwaribwinjire TZD atuburero muraba civil tekereza nogusubizwa iwanyu ntimukigiyeyo mwohava mwongera kuba abasirikare bigihugu mwabanyabwobamwe canke mwabihemumwe.
8 Ruhuhuma 2016, 20:11, par Phiripo murikenya
Haa babahe ubuhungiro barahemukiye pita bahubwoburaya baragotse bambayibara bavemuri afirika yacu tuyigwanire
8 Ruhuhuma 2016, 20:14, par Phiripo murikenya
Haa babahe ubuhungiro barahemukiye pita bahubwoburaya baragotse bambayibara bavemuri afirika yacu tuyigwanire
8 Ruhuhuma 2016, 20:19, par Phiripo murikenya
Haa babahe ubuhungiro barahemukiye pita bahubwoburaya baragotse bambayibara bavemuri afirika yacu tuyigwanire
8 Ruhuhuma 2016, 20:22, par Phiripo murikenya
Haa babahe ubuhungiro barahemukiye pita bahubwoburaya baragotse bambayibara bavemuri afirika yacu tuyigwanire
8 Ruhuhuma 2016, 20:26, par Tuze
Abo nabo Peter Nkurunziza yohereje hiyo kugira baze bamuhe rapports yaboba bazohirahira kumurwanya, bakazohava mbere bahambwa mission yo kwica bamwe mu Mpuzi nkuko Imbonerakure ziriko zibigira. Tanzania ntiyihende iyo ni plan Nkurunziza yo kwica abari inyuma y’Uburundi.
8 Ruhuhuma 2016, 20:36, par JAMAL VIAN
HAA!! IVYOMUBURUNDI BISIGAYE BIGOYE NABASIRIKARE BASHIKIRIWE HARAKANTU NATWE ABANYAGIHUGU BATOBATO UBUTEGETSI BWIBUJUMBURA NIBURABE BWISUBIZUMUTAMANA
8 Ruhuhuma 2016, 21:25, par Tuze
Nababwiye nuko mutumva, kuko abo ni Peter Nkurunziza yabarungitse bari muri mission y’akazi.
Mureke kuba ibijuju gushika hiyo. Nta mbonerakure murumva ziriyo nka Nyangoma ava mu Ruyigi (commune Gisuru), ndetse no mu Bugabada, RDC na Kenya bagiye bafise amahera menshi yo kwica no kwicisha abahunze.
9 Ruhuhuma 2016, 03:10, par M
Guhunga sigitangaza na yesu yarahunze igihe ya riko aronderwa na Herode,abonabo nimba bataribashigikiye Nkurunziza mububisha bwiwe barashobora guhunga. ariko reta ya Tanzania ihabere magabo, mugukurikiranira hafi abo basirikari, reta itahure icatumye biyumvira guhunga.bakaba arabatumwe na Nkurunziza naho bazomenyekana, Tanzania nda yemera yoba nkiyambere kwice mugutohoza itarize gusinzikariza ubuzima umuntu. ndababwijukuri bakaba bagezwa ninabi ntamisi izohera batamenyekanye, akaba bahunze kubwibiriko birakorwa na reta ya Nkurunziza na honyene bazomenyekana.na yu bundi umusirikare afise uburengazira bwoguhunga iyo atizeye uburongozi bumurongoye.
9 Ruhuhuma 2016, 05:54, par Nkurunziza Désiré
Abo Basirikare Bahunze Iki? Nimba Bahenzwe Ntakundi Vyaboroheye Kugenda Ariko Mukuza Bizobagora Kuko Uburundi Burimwo Abagabo.
9 Ruhuhuma 2016, 05:55, par ndayi shimiye
none nimba barakoshej mugihugu jabo bagahunga barekagutekubashikir za reta
9 Ruhuhuma 2016, 09:22, par Turahahonera
Hama ngumutekano niwose,mbe uwujejwe gukingab arinze atakomoka,jewe yariko akingira ayo mabi simpfa nk,igihere!Tabara nyabuna turahona!
9 Ruhuhuma 2016, 10:11, par nkotanti
ngaho da nyamara ngo u Rwanda ruratoza. abaza gutera uburundi kandi hari abacumbikiye abari trained!! mufunguke amaso murebe kure u Rwanda nta nyungu na nke dfite Ku mutekano muke I Burundi kuko ntacyo uburundi bufite rwose .
9 Ruhuhuma 2016, 14:02, par Bitonde
Ngaho abo nabo ngo batorezwa muRwanda? impunzi z abarundi zuzuyeCongo Tanzaniya n ahandi none iturufu ya peter yabaye URwanda
9 Ruhuhuma 2016, 20:06, par MaZembe
abant bos bahung batohoz ivyab kuk ab n’abaguj
9 Ruhuhuma 2016, 20:40, par ram dhn
koperezind.avuga.kantabirikobiracika.abobasndabahunziki?yibukeko.ntavuraigwaidahita.bitebebitebuke.azobiryozwe yibukekoahaturiharabandi!!....,
10 Ruhuhuma 2016, 08:44, par Kaburente
Tuvyihwej tubona ko abo basoda ari muri bamw bakeney gutembagaz ubutegets kubera ko maprobu twayitey ivyatsi babon ko bishobor kubakorak!ahubw nibabazan ubutungan bubakubit intah mugahanga!
10 Ruhuhuma 2016, 09:36, par jems
none kugira hahunge abaso40 bose bahunze iki? ko bavuga ko umutekano ari wose.vyifashe gute?muburundi.
10 Ruhuhuma 2016, 18:25, par jamali
none boba bahunze ata kibilukanye?canke bob a bavyibwiye
10 Ruhuhuma 2016, 20:34, par Beston
Nivyabokumenya
11 Ruhuhuma 2016, 09:03, par AKIMANA REMEGIE MUKAYANZA
MWOTUMENYERA BAHUNZIKI KOMUBURUNDI AMAHORO AHARI KIRETSD MUGISAGARA CABUJUMBURA NAHONE MUDUCE TUMWETUMWE AHUBWONIBABAREKURE BASUBIRE MUGIHUGUCAMAVUKIRO INYISHU!!
12 Ruhuhuma 2016, 19:44, par Mahoro
Abona Banyagihugu Ntangabo Ihuga Nibamwe Bahenda gokora Kudeta Ntaseyi Bize Sabasoda Ndase .Barikurwana Bagapfa
12 Ruhuhuma 2016, 23:40, par Sa Etofils
Nibareke Kwimaramaza Nta Musirikare Ahunga Ataherewe Amasoro Izo Ni Za Mbundege Za Niyombare Ahubwo Nyakubahwa Wazili Tanzania Wafanyie Uchunguzi Malum.
16 Ruhuhuma 2016, 14:03, par guidonsegasake @yahoo.fr
UBURUNDI murihenda cane none baza Murwanda bahunga ubwambere bahunze ki ?
none abo basirikare 40. bahunze ntibigaragara ko ari poritike mbi y’u BURUNDI. ni mureke guharabika abaturanyi banyu b’ URWANDA
15 Mukakaro 2016, 00:36, par Irankunda
reka babirukeko nibo babigize kubona ukuntu bakabandanya bica amatwi.ibintu abasirikare bakora ubu biratangaje.ukabona barafashe umusoda mugenziwe ukaguma wihoreye.Ivyo Ni Nko Kwikokorera Inkono Y,amazi Hama Watsitara Ugasanga Iraguhitanishije.Cnk Ukabika Ikara Mu Gashambara.
23 Mukakaro 2016, 12:43, par NYANDWI THADDEE
NON KO ABAHUNZ NTIBAZOTAH.
11 Ruhuhuma 2017, 07:23, par Nzobonimpa Venuste
Bareke Bahunge Abo Ntibari _ Abasirikare Bigihugu Ahubwo Zarigwizamurongo Ahubwo Umukuru Wigihu Cu burundi Narebeneza Abasirikare Bameze Nkabo Abasese Hakirikare Batazahava Bashira Igihugu Mukaga
11 Ruhuhuma 2017, 07:24, par Nzobonimpa Venuste
Bareke Bahunge Abo Ntibari _ Abasirikare Bigihugu Ahubwo Zarigwizamurongo Ahubwo Umukuru Wigihu Cu burundi Narebeneza Abasirikare Bameze Nkabo Abasese Hakirikare Batazahava Bashira Igihugu Mukaga
23 Ndamukiza 2018, 20:10, par issa uwamahoro
ivy imana irabibona kuk twebwe abantu ntaco twokwishoboza
6 Ruheshi 2018, 20:02, par NSHIMIRIMANA PIERRE
ABO NIBAMWE BATABONA IYO TWAVUYE NAHO TUGEZE .AHUBWO UBUTUNGANE BWIHWE NEZA IVYABO BANTU.KUKO NTIVYUMVIKANA UKUNTU BOHUNGA IGIHUGU ATANTAMBARA IHARI.
1er Myandagaro 2018, 19:21, par jamari ndihokubwayo
uburundi bwaratsinze
17 Gitugutu 2018, 20:23, par Wizenyimana Teodolo
Ndabahaye Mwiri
11 Munyonyo 2018, 20:18, par Alexandre
Andika hano Nonemubiraba Mubonabobabahungiki Kuba Arintwazangabo