IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Amwe mu mashengero yabwiwe na Reta y’Uburundi ati : « GEZAHO »

Amwe mu mashengero yabwiwe na Reta y’Uburundi ati : « GEZAHO »

jeudi 17 Ntwarante 2016, par egide

Reta y’Uburundi yasavye amashengero amwe amwe guhagarika gusohora amatangazo aca ivutu abanyagihugu, Reta ikamenyesha kandi ko ifise ivyemezo bikwiye ko igihugu c’Urwanda n’umukuru waco Paul KAGAME bafashanya n’abashaka guhungabanya umutekano mu Burundi.

Mw’itangazo ryasohowe na Reta y’Uburundi ibicishije ku bushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, kuri uwu wa kane, yamenyesheje ko amashengero amwe amwe yataye akarangamutima.

« Turakebuye indongozi z’amashengero amwe amwe yemewe n’amategeko mu Burundi, ku nyifato mbi yerekanye muri ibi bihe turimwo. Bamwe muri izo ndongozi barataye intumbero y’ukubungabunga imitima y’abakristu, bakoresheje ijambo ry’Imana, mu gushikiriza amajambo aca ivutu abenegihugu, agasasira indava abagizi ba nabi n’abagira iterambwoba.», Pascal BARANDAGIYE umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu naho atadomye urutoke kuri ayo mashengero, akaba yavuze ko mbere n’ubu hari abakibandanya iyo nyifato mbi, akaba yababwiye ati : « GEZAHO ».

JPEG - 34.2 ko
Pascal BARANDAGIYE, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu

Reta y’Uburundi isohoye iryo tangazo inyuma y’iminsi mike gusa iheze Inama nkuru y’abepisikopi ba Ekereziya Gaturika mu Burundi imenyesheje ko inzira y’ibiganiro hagati y’abanyeporitike babona kure ariyo nyene izotorera umuti ibibazo biri mu Burundi. Kubw’iyo nama nkuru y’abepisikopi, uwufise vyinshi kandi ashinzwe vyinshi, azobazwa vyinshi.
Musenyeri Gerevasi Banshimiyubusa arongoye iyo nama yamenyesheje mw’itangazo yasohoye ko ata yindi nzira izoshikana abarundi ku mahoro arama atari iy’ibiganiro bidakumira. (http://igihe.bi/musenyeri-banshimiyubusa-ibintu.html)

JPEG - 22.9 ko
Musenyeri Gerevasi Banshimiyubusa, arongoye inama nkuru y’Abepisikopi ba Ekereziya Gaturika mu Burundi

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, Pascal BARANDAGIYE yamenyesheje kandi muri iryo tangazo ko Uburundi bufise ivyemezo ko Urwanda ruriko rurafashanya n’abashaka guhungabanya umutekano, akavuga ko igihugu c’Urwanda n’umukuru waco Paul KAGAME babandanya imigambi wo guhungabanya Uburundi.

« N’ubwo Paul KAGAME abandanya abihakana, turamumenyesheje ko ibimenyetso n’ivyemezo ntabanduka bihari. »

Reta y’Uburundi ikaba yamenyesheje ko igiye kubandanya imyiyerekano y’ukwiyamiriza abashaka guhungabanya umutekano mu Burundi.


IGIHE

Messages

  • Urakoze nimba ubutumwa bwiza bwabananiye nibabirekere ababishoboye kandi igih bazokora inama muzohore murungika ababikurikiranira hafi bitabibyo mukoreshe ubundi buhinga kandi muhe uburenganzira zebiya ashinge gaturika nyakuri kuko iyo yaravangiwe namacakubiri.murakoze

  • Nyakubahwa mwashakiye ahandi mu kareka kwiteza utunyoni,Kagame se ari muri EU?murafata abajura mu kabitirira igisirikare cyacu.Mwabonyeko byabahinyukanye ngo murashaka guhoza abaturage mu mihanda aho kugirango bikorere akazi kabo kaburi munsi kabateza imbere.

  • ewe murapfuye nabi nosaba abo birigwa baraca kumatelevision bavuga bashigikira ibitarivyo ko bonuma kuko ejo hababikiye vyinshi,

  • mana urinde umuryango wacu ariyo ekleziya muryango ntigwe mukaga urinde nabeyo < amen yesu mwiza>

  • mana urinde umuryango wacu ariyo ekleziya muryango ntigwe mukaga urinde nabeyo < amen yesu mwiza>

  • Ndabona aho bukera abantu bose bagiye kwitwa abansi ba leta y’U Burundi, abategetsi bacu ntibakimenya ivyo bavuga. Ibimenyetso vyabo k’U Rwanda bihora mu ma jambo gusa nta na kimwe berekana. None ubu ngo haramukiwe amashengero! Nzoba ndabarirwa!!

  • NONE KO TWUNVISE AYO MASHENGERO ATANABI ASHAKIRUBURUNDI AHUBWO ASHAKIRA UMURUNDI UWARIWE WESE AMAHORA MUBABWIRA NGO BAGEZAHO KWIPFURIZA INEZA UMURUNDI UWARIWE WESE NONE KARASHIZINGANI IVYO BABONA VYOZANIRA AMAHORO ABARUNDI BAREKE KUBIVUGA?KARABAYE NONEHO NABA MASHENGERO MUGOMBA MUBAGIRE NKA BAMASHIRAHAMWE YIGENGA NONE MUZOHANURWA NABANDE ?HANURWA MWUNVE BATEGETSI BACU AGASOZI KINTAHANARWA KAHIYE ABAGABONA BAVUGA NGO MUJE MUBIGANIRO BIDAKUMIRA NAMWE NGO TWARABITANGUYE IVYO MUBURUNDI NTIVYEMEWE MWARABONYE ABATATA BAKONGERA BAKORA BAKAVAMWO ABAZOBACIRA NONE KO TWUNVISE AYO MASHENGERO ATANABI ASHAKIRUBURUNDI AHUBWO ASHAKIRA UMURUNDI UWARIWE WESE AMAHORA MUBABWIRA NGO BAGEZAHO KWIPFURIZA INEZA UMURUNDI UWARIWE WESE NONE KARASHIZINGANI IVYO BABONA VYOZANIRA AMAHORO ABARUNDI BAREKE KUBIVUGA?KARABAYE NONEHO NABA MASHENGERO MUGOMBA MUBAGIRE NKA BAMASHIRAHAMWE YIGENGA NONE MUZOHANURWA NABANDE ?HANURWA MWUNVE BATEGETSI BACU AGASOZI KINTAHANARWA KAHIYE ABAGABONA BAVUGA NGO MUJE MUBIGANIRO BIDAKUMIRA NAMWE NGO TWARABITANGUYE IVYO MUBURUNDI NTIVYEMEWE MWARABONYE ABATATA BAKONGERA BAKORA BAKAVAMWO ABAZOBACIRA URUBANZA?

  • M23 ntaco yashitseko no mu Burundi ntaco azoshikako

  • Mwaherwe muragowe ntanuworonka amazina abita mwuzuye ibisigo

  • Ntubeshe nimukomeze kwirigwa mumabarabara kuko ntimugira ico mukora imbura maboko niko zimera

  • EWE MANA YACU DUTABARE TWEBWE ABARUNDI BAHUNZE NABATARAHUNGA UBU KARASHIZINGANI NAMASHENGERO RETA ISHAKA KUYAGIRA NKUKO YAGIZE AMASHIRAHAMWE YIGENGA KO TWUNVISE BATAVUZE IBISENYA AHUBWO BAVUZE UKO BABONA UBURUNDI BWOVA MUKAGA KUVUGA NGO LETA YEMERE IBIGANIRO BIDAKUMIRA BAVUZE NABI IVYU BURUNDI NIMANA YONYENE KUBITUNGANYA BIRAGOYE

  • EWE MANA YACU DUTABARE TWEBWE ABARUNDI BAHUNZE NABATARAHUNGA UBU KARASHIZINGANI NAMASHENGERO RETA ISHAKA KUYAGIRA NKUKO YAGIZE AMASHIRAHAMWE YIGENGA KO TWUNVISE BATAVUZE IBISENYA AHUBWO BAVUZE UKO BABONA UBURUNDI BWOVA MUKAGA KUVUGA NGO LETA YEMERE IBIGANIRO BIDAKUMIRA BAVUZE NABI IVYU BURUNDI NIMANA YONYENE KUBITUNGANYA BIRAGOYE

  • EWE MANA YACU DUTABARE TWEBWE ABARUNDI BAHUNZE NABATARAHUNGA UBU KARASHIZINGANI NAMASHENGERO RETA ISHAKA KUYAGIRA NKUKO YAGIZE AMASHIRAHAMWE YIGENGA KO TWUNVISE BATAVUZE IBISENYA AHUBWO BAVUZE UKO BABONA UBURUNDI BWOVA MUKAGA KUVUGA NGO LETA YEMERE IBIGANIRO BIDAKUMIRA BAVUZE NABI IVYU BURUNDI NIMANA YONYENE KUBITUNGANYA BIRAGOYE

  • EWE MANA YACU DUTABARE TWEBWE ABARUNDI BAHUNZE NABATARAHUNGA UBU KARASHIZINGANI NAMASHENGERO RETA ISHAKA KUYAGIRA NKUKO YAGIZE AMASHIRAHAMWE YIGENGA KO TWUNVISE BATAVUZE IBISENYA AHUBWO BAVUZE UKO BABONA UBURUNDI BWOVA MUKAGA KUVUGA NGO LETA YEMERE IBIGANIRO BIDAKUMIRA BAVUZE NABI IVYU BURUNDI NIMANA YONYENE KUBITUNGANYA BIRAGOYE

  • Ntubeshe nimukomeze kwirigwa mumabarabara kuko ntimugira ico mukora imbura maboko niko zimera

  • EWE MANA YACU DUTABARE TWEBWE ABARUNDI BAHUNZE NABATARAHUNGA UBU KARASHIZINGANI NAMASHENGERO RETA ISHAKA KUYAGIRA NKUKO YAGIZE AMASHIRAHAMWE YIGENGA KO TWUNVISE BATAVUZE IBISENYA AHUBWO BAVUZE UKO BABONA UBURUNDI BWOVA MUKAGA KUVUGA NGO LETA YEMERE IBIGANIRO BIDAKUMIRA BAVUZE NABI IVYU BURUNDI NIMANA YONYENE KUBITUNGANYA BIRAGOYE

  • EWE MANA YACU DUTABARE TWEBWE ABARUNDI BAHUNZE NABATARAHUNGA UBU KARASHIZINGANI NAMASHENGERO RETA ISHAKA KUYAGIRA NKUKO YAGIZE AMASHIRAHAMWE YIGENGA KO TWUNVISE BATAVUZE IBISENYA AHUBWO BAVUZE UKO BABONA UBURUNDI BWOVA MUKAGA KUVUGA NGO LETA YEMERE IBIGANIRO BIDAKUMIRA BAVUZE NABI IVYU BURUNDI NIMANA YONYENE KUBITUNGANYA BIRAGOYE

  • Yesu nabafashe kuko biraboneka ko murushe

  • Erega Ntagitangake Kuko Turibuka Yanvugo Iboze Yakoreshejwe Numuntu Mugutumirira Ugwaruka Kugarariza Ubutegetsi Mukuvuga Ngo Mbega Gwaruka Muremeye Kubabaja Ba Nkurunziza?Ninaho Munyuma Baciyfe Batangura Guturiramapine.None Karashiz Ingani Indongozi Za Ekleyziya Zivange Muriporitike Erega Nabonyene Bitaziriye Basindumuja Kuko Uwatanguje Ijambo Sindumuja Ntibamuhinyuje?Urunvareroko Barikumwd

  • EWE MANA YACU DUTABARE TWEBWE ABARUNDI BAHUNZE NABATARAHUNGA UBU KARASHIZINGANI NAMASHENGERO RETA ISHAKA KUYAGIRA NKUKO YAGIZE AMASHIRAHAMWE YIGENGA KO TWUNVISE BATAVUZE IBISENYA AHUBWO BAVUZE UKO BABONA UBURUNDI BWOVA MUKAGA KUVUGA NGO LETA YEMERE IBIGANIRO BIDAKUMIRA BAVUZE NABI IVYU BURUNDI NIMANA YONYENE KUBITUNGANYA BIRAGOYE

  • Ntibabatere ubwoba mwebwe mwihebeye imana nimukomere kwibanga kuko ivyo muvuga nukuri ahubwo nibavugeko Ari ishavu ryibihano baraye babafatiye Ngo abagabo bararya imbwa zikishura abobagabo nankurumbi wabo nabiyahuzi bashaka kugenda batembanye abantu mugabo iconosaba abarundi nuko mwoguma mufatanye munda mukabarwaniriza hamwe bakazitembana bonyene

  • Aba DD ntamutima bagira bafite politique ishaje. Barashaka intambara n’u Rwanda ariko nimba bashaka guhunga bakomeze bashotore uRwanda. Ntabwo byafata amasaha arenga 2 Bujumbura idafashwe. Nimba hari umuntu abagira inama nibareke kwica abaturage, hanyuma Peter ave kubutegetsi kuko atatowe kandi ntanubushobozi abifitiye.

  • Ahubwo Nabo Bepiscopi Nukubitwarira Kuko Nabonyene Baragomorey Abantu Mwibarabara Mugukoresha Yanvugo Ngo Mbe Gwaruka Muremeye Kubabaja Ba Nkurunziza Nukuvuga Baragize Mucezo Wandani Nukubakorerako

  • haaaaaaaaaaaaaaaa Aba DD uwabaroze ntiyakaravye uyoberwa incabwenge umengo ntamutima bafise ?muga ndabitahuye bishe inzira karengane nyishi ntizoreka kubahumira no GUHUMANYA ABABO BOSE ."AMARASO ARAHUMA "BARANDAGIYE

  • Naravuze ko iyi twaro tuyizeyeko akaziri. Bose bagiye kuba abansi. Hasigaye kumenya abakunzi basigaranye.Abarundi twarinjiranwe.

    Ubu hoho amarobine yugaye, bagiye kutudya babisi bagira ngo turi amafaranga.

    Birababaje kubona igihugu cacu cahora citwa ic’amata n’ubuki ubu ari icamaganya n’amarira.

  • Ahubwo Leta Twovug Kugo Ari Urwitwaz Ntiter Ubwob Abant Kuk Imyiyerekan Yo Mwibarabar Ari Ukuzimangany Ikib Ikora!Abarundi Bazivyinsh Kandi Batunz Vyinsh Bazokor Vyish Kandi Bazotorer Umut Leta.

  • ababungere bagatorika barigaragajeko bashigikiye abahungabanya umutekano muburundi, kubona AMERIKA na ONI bagiriza URWANDA ko ruhungabanya umutekano muburundi hama bo bakabihakana ngo nukwiteranya kubabanyi!!! aka nakamaramaza basi e. aba basigaye bakora nkayamashirahamwa yahendabantu ngo ntaharanira inyungu zaporitike kumbe arabanyaporitoke buzuye...mwababonye....

  • Mutama Peter Kubita Izonjavyi Zitezurubwa Indongozi Zacu. Bagomba Kutugumura Kubita Mbere Nimwige Ingena Mwugara Amashegero Y Ubwo Bugabo Kuko Buguma Butoba. Ntibuzi Ko Bugengwa N Amategeko Y Igihugu Bwigize Leta. Dufise Leta Zingahe? Badasavye Ikigongwe Bakabicisha Mwitangazo Nka Kurya Babigize Nibahanwe Twarabonye Ko Bakorana N Abicanyi. N Amerika Yaremeje Ko Kagame Ari Inkozi Yikibi Ariko Ubwo Bugabo Bwo Burabigwanya Ngo Nukwiteranya Bukavuga Kandi Ngo Turi Muntwaro Y Igikenye. Ubutungane Bwatevye Kubarengutsa Ngo Bubakubite Intahe Mu Mutwe Wabwo Utumva. Sebarundi Niyihagurukire Atange Itegeko Babufate Bwisigure. Ubuhoho Ntimuvyitiranye Nka Bagaza. Ubu Hari Umuhutu W Ijunja N Ijambo Aganira N Imana Direct Atari Ubwo Bugabo Butubesha Ngo Buradusabira Ku Mana Ukarindira Ivyo Bwasavye Ko Bishika Ukabura. Ubwo Ntibuzi Gusenga Buraduhenda Nimurabe Ariko Peter Wewe Ararahira Agatanga Icabona Imana Nyene.None Burya Bugabo Ko Tutarumva Burahira Ko Ivyo Busavye Imana Ko Bizoba?

  • Peter Ni Mumureke Nintwari Twagabiwe N Imana. Mwihweje Ivyabaye Mu Mwaka Uheze Hari Uwundi Mu President Yari Kubigwanya? N Ashaka Ko Hoba Ihonyabwoko Vyaranse Kandi Nyenicubahiro-Kizigenza-numero1-kibirengeye Wacu Yaguma Aduhumuriza Ko Be N Imana Yacu Y Uburundi Ivyo Bidashoboka. Niho Mwabonye Rero Abadandaza Bibiziga Baguma Bidoga Bavuga Nabi Abarongozi Bacu, Bongera Barasa Batera Grenade Uwo Bahuye Wese.

  • Aba dd inyuma yaho bumvitiy k’ubumw bwa bulaya buhagarits imfashanyo,imitw yatakaye,mbega abakozi b’Imana ko bahanura atawe bategeka,ayo matangazo nayiki?akataraza kari munyuma

  • Ndahaye Mwiriwe Abarundi Mwese?Mbanze Gushimir’imana Ikiturinze,nukuri Nagira Ndabasabe Mwese Mureke Guta Umunwa Muhange Amaso Ijuru Dusenge Vyose Nibimenyetso Vyiherezo.Kandi Abandi Muze Mukoresha Ikinyafura Gutukana Ntanyungu Irimwo.

  • Ndahaye Mwiriwe Abarundi Mwese?Mbanze Gushimir’imana Ikiturinze,nukuri Nagira Ndabasabe Mwese Mureke Guta Umunwa Muhange Amaso Ijuru Dusenge Vyose Nibimenyetso Vyiherezo.Kandi Abandi Muze Mukoresha Ikinyafura Gutukana Ntanyungu Irimwo.

  • Imana Irinde Uburundi N’abarundi.Ndabona Ivy’Uburundi Bizohera Igihugu Nabakibamwo Bageramiwe.

  • Nn Kabanyakubahw Ntimwodomako Urutok Ab Banye politique Barinyum Yuw Mugamb Ugayits Tukabatuz Hakir Kar.Uwukur Ivunj Umutam Ararimwerek.Mbeg Kagame Komwamuvuz?Cank Nukumwambik Ibar?Ntavyam Vyer Ngo De.Namw Ntawobizer 1oo%.

  • Ekleziya Gatolika ni nziza cane ababi nabo basenyeri basigaye bihebeye politique kurusha gusanasana imitima yaba Kristu. Abo basenyeri bômenya ko kubona bashigikira àbatera ama grenades mukubasasira indava ejo ko bazozibatera kuko imbwa Naho uyitobera ukayiha indero arakoko kayiremanywe kuguma muriyo.impera irinda kukurya.twarabibonye muba sans échec, sans défaite. Na sindumuja nuko burya uwahenye ntiyambara.Ntawubuza izuba kwaka.A bas les extremistes sindumuja, àbas leur conneries, àbas l’empire Hima, vive la volonté du peuple

  • Aba dd bagiye bashika kw’isimbo y’inuma.
    None Peter na Deniza ngo ni aba pasitori none ntibazi ko amatangazo ya ekleziya yamye asohorwa haraciye imyaka hafi ibihumbi bibiri. Ibuka amakete, amabaruwa umutumwa Paul yahora arungikira abakristu bi Roma, Kolosi, Tesalonika, Heburayo, Korenti, etc...kandi ico gihe abatwara aribo baromani barabirwanya cane, gushika naho hari ababizize, ariko Paul na bagenzibe ntibahevye gushingira intahe ukuri.
    Aha Leta ntaco izoshikako kuko amashengero ajejwe gukebura no kuremesha amahoro n’urukundo akarwanya ubwicanyi, urwanko, amacakubiri, akarenganyo.
    Ahubwo nizeye ko abakristo (u) b’aba dd nabo bagiye kuronka akanya ko kwicara bakibaza Imana bakwirikira iyariyo.

  • Abo s’abakozi b’Imana, n’abanyepolitike both muri opposition. Ahubwo nibambure ayo makanzu, bambare ama costumes nka ba buyoya, hanyuma tumenye abo duhangana. Baramenya y’uko Ubusenyeri hamwe n’ubupatiri ari akazi nk’ubundi buzi. Kandi baramenya y’uko batari hejuru y’amategeko y’Uburundi. N’abo ba gaturika babo ntibabona ko bariko bahendwa n’abo bagabo biyambitse amakanzu. Nta muntu akorera abami babiri. Nibahitemwo kwigisha bibiriya canke baje muri poritike. Ariko Ntamwana yibagira ningoga, mur’aka kanya aramaze kwibagira akahise k’Uburundi! Mugabo siwe wenyene, mbona na Ntibantunganya yaramaze kwibagira ko bamutey’amavyi bakanamwicira n’umugore. Ubahutu uwabaroze ntiyakaravye.

  • umwana iyahinvyeavugango misincukuboko hahaa mwinjiye murigatorika mwagira bemeze zamana musenga zitazwi zanyaringa-bigiriti -kiranga

  • muzokwama muvuga paka kuko umunwa murawufite ariko ibikorwa ntabyo mufite , vive people Rwandais, hazagire aka DD kambuka tukereke uko inkotanyi duhana naho kwirirwa mudedemba ngo muravuga ntibidukanga kuko simwe bambere mwoba muvuze mwa mwamihirimbiri mwe.

  • Mwibagiye kwandika ko bagiye KWITWARIRA KAGAME N’ U RWANDA vuba cane.

  • Le gvment a accepter injustement de negocier mais les belges et rwandais insiste sur un certain group ou une certaine personne .!!maybe un belge ou un burundais qui represente profit belge.
    LA BELGIQUE N’EST PAS CONTRE NKURUNZIZA ,LA BELGIQUE ET LE RWANDA SONT CONTRE LES GRANDS PROJECTS(CHEMIN DE FER,NICKEL,OIL..)QUE NKURUNZIZA VEUT RAPIDEMENT METTRE EN PLACE.
    DEMANDER VOUS LA REASON POUR LAQUELLE L’EUROPE PUSH ET DEMANDE RAPIDEMENT LES NEGCIATIONS ALORS QUE IL NE RESTE QUE 4ANS POUR QUE NOUS AYONS DES ELECTIONS PRESIDENTAILES ET MEME LE PAYS EN PAIX!!!
    CHRE BURUNDAIS NKURUNZIZA A ETE JALOUS DE L’ EVOLUTION DU RWANDA ET IL A PRIS DES GRANDES DECISSION COURAGEUSES ET LE RWANDA ET BELGIQUE DEVIENT JALOUSES DE SON COTE
    CHERE C’EST PAS LE MOMENT DE LUTTER NKURUNZIZA ATTEND LES 4ANS CAR IL AURA ATTEINT GRANDE CHOSE QUE SES ENEMIES NE VEULENT PAS. NE SOIT PAS AVAIGLE.
    C’EST PAS FACILE D’AVOIR UN TEL PRESIDENT COURAGUEX AVEC DE TELS GRANDS PROJECTS JALOUX PAR D’AUTRES.
    EN CONCLUSION, DANS 4ANS QUI RESTE ON AURA UN CHEMIN DE FER DIRECT EN TANZANIE ET LES AFFAIRS SERONT TROP RAPIDE A JAMAIS ,ON AURA A EXPLOITER AU MOINS 1MILLION DE TONES DE NICKEL,CELA SIGNIFIE QUE L’ETAT BURAUNDAIS POURA AVOIR AU MOINS 400 MILLIONS DE DOLLAR DE REVENU.
    CELA SERA UNE INDEPENDANCE FINANCIERE ET LA BELGIQUE ET RWANDA NE VEUT PAS VOIR CELA. MAIS DIEU VEUT CELA .LET WATCH

  • Ntawukorera Abami Babiri Kuko Yokwanka Umw Agakunda Uwundi.Catolik Na Leta Bihuriye He Ga Musenye?Rabane Naba Patiri Baw Batumariy Abakobwa Nabapfakazi Babatera Amada!Ingo Nyishi Zasambuw Nabapatiri!Naho Ivya Leta Se Barundi Yashizweho N Imana Arabibona!Mwibuk Ko Ukuganza Kwose Kuva Ku Mana.Selon La Sainte Bibl Nimba Munayemera Hoho!Paul,pierre Jean,mathieu,luc,philippe,ne Se Sont Jamais Mele Du Politik!Faites Attention Donc

  • Ahubwo vyababuriye.amashengeronayo?emama ngoPAULKAGAME,amashengerongo niyo acivutu.hakwihanura.letay’UBURUNDIyahanuwekuva kerantiyumvanone itugomber’iki?Abarundin’ugukomezagusengaturabekw’IMANAyotwibuka.

  • Ahubwo vyababuriye.amashengeronayo?emama ngoPAULKAGAME,amashengerongo niyo acivutu.hakwihanura.letay’UBURUNDIyahanuwekuva kerantiyumvanone itugomber’iki?Abarundin’ugukomezagusengaturabekw’IMANAyotwibuka.Noneho kobahangaye katolika bagiyebashika.

  • ngo mugiye kubandanya imyiyerekano? mwatinze ahubwo naringizengo mugiye kwambuka mu Rwanda ariko nibazako abayobozi babarundi basaze iyo mbonye uburyo bayoboye uburundi nsanga uburundi bufise ibibazo bitazarangira keretse yesu agarutse.

  • @Eric: Tu n’es qu’un sombre ignorant si tu savait que le Rwanda arirwa rwafashije uburundi kwinjira muri East African Community namafranga ya cotisation Kagame niwe wayabagurije nkurunzi nubu ntarayishyura ntanuzi niba naya 2015 barayabonye meme led deputés babuhagarariye muri EAC bigiye kurwanda car ils ont toujours passés inapercue àvoté seulements "Yes" ou "No" ikindi umuhanda mukoresha mujya guhaha ibugande na Kenya Uca murwanda tuwufunze mwakanura amaso muzajye mubeshya injiji ziri iburundi abari hanze yikibuga barabona ukuri,
    wowe urusha ubwenge na Experience diaspora y’abarundi iri muri USA na Canada bagiye gushimira Kagame uburyo yitwara mukibazo cyuburundi. ubu she iryo terambere ritabonetse mumyaka 10 nkurunziza amaze kubuyobozi uyu munsi nibwo rigiye kumanuka nka manu

  • Ikibazo!!!Ko u Rwanda rwa menye ko interahamwe na Ex Far bari muri Zaire(Congo)bakambuka bakajya gusenya camps zinterahamwe??kugeza nubu kubera uko bazirashe kuva muri 1990-2000 zikaba zaragize ubwoba bwinshiiiii bwokongera kurota intambara !!!bakaba basigaye barwana intambara yibigambo kuri internet????Nkurumbi we Ni nterahamwe ze niba arabagabo ko Ngo afite preves yakwambutse akaza gushaka abanzi be??azakora imyigaragambyo kugeza ryari??"

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.